Umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi wahimbajwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 15 October 2018 saa 04:13
7905
0 0

Umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi wahimbajwe kuruno wa mbere igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka wa 2018 zimwe mu ngorane abo bakenyezi bafise akaba ari izijanye no kubura ingurane.

Izindi ngorane abo bakenyezi birimizi kenshi bahura nazo mu buzima bwabo n’izijanye no kubura aba bafata mu mugongo na cane cane nk’amashirahamwe hamwe no kubura aho bashorera umwimbu wabo.

Ku rwego rw’igihugu,uyo musi mukuru wahimbarijwe mu ntara ya Muyimga ku civugo kivuga giti «Uruhara rw’umukenyezi mwirimizi mu kugwanya ubukene n’inzara.»


Kumenyekanisha

1
kagabo 24-10-2018 à 22:57

Oui, abo basa n’abarimyi. C’est bien ko mutatweretse abaribo. Murakoze cane

2
Nitwa Musavyimana Joel 15-10-2018 à 21:17

Nitwa Musavyimana Joel Nkaba Shimiye Imana Kubona Abo Benewacu Bahungutse Bagasubira Mugihugu C’amavuko Imana Ishimwe Cane.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha