IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Abantu 728 bahungutse bavuye muri Tanzaniya

Abantu 728 bahungutse bavuye muri Tanzaniya

Tuesday 6 November 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bahungutse bagizwe n’imiryango 258 igizwe n’abagabo 398 hamwe n’abagore 330.

Ayo makuru abandanya avuga abantu 718 murabo bahungutse bava mu ntara ya Ruyigi,abashika 8 nabo arabo mu ntara ya Cankuzo mu gihe abantu 2 nabo arabo mu ntara ya Karusi.


IGIHE

Forum posts

  • Andika hano.jewe icombona abobantu bahungutse nibabwire bagenzibabo .basigayeyo kobotaha kuko muburundi amahoro niyosekuko ikiro cimbaranga.KG300FBUHARIBESHIBARI BAHUNZE INZARA UBU.MUBUNDI DUFISE IMANA DUFISE UMUTWARE MWIZA DUFISE NIVYO DUFUNGURA NKURUNZIZA PETERO RAMBA MUGIHUGU MUTAMA MAGUFURI NAWE WATANZANIYA NADUFASHE ABARIYO BAHUNZE ABAHUNGURE AREKE ABICIRA AGAHERA BIHANGAYIKIRE KUKO BOBO BAKARONSE BARATAHA

  • Andika hano nivyizakweri kubabenewacubatashe imananihabwicubahiro jewefisikibazo kukiperezidawurwanda atarekura abarundi ahubwonabasigeyetanzaniyabotahatukubaka igihugucacumurakoze

  • Grand bonjour.Y-a-t il quelqu’un qui est au courant du lieu ou se trouve Mr.V.Ndayahoze,ancien Directeur de Right To Play Burundi?Je suis son oncle et depuis qu’il était exilé au Rwanda en Juillet 2015 après coup d’Etat déjoué,la Famille n’a plus sa nouvelle.Veuillez envoyer l’information á [email protected]

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.