IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Abantu 51 bahungutse bakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Abantu 51 bahungutse bakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Thursday 12 July 2018, by vianney

Abantu 44 murabo bahungutse bava mu ntara ya Kirundo,6 nabo mu ntara ya Cankuzo hamwe n’umuntu umwe wo mu ntara ya Ngozi.

Abo barundi bakiriwe n’umuyobozi mukuru ajejwe ivyo guhungura abantu mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, bagizwe n’abagabo 23 hamwe n’abagore 28.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.