IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Cankuzo &Muyinga: Imiryango 117 yakiriwe ihungutse ivuye mu gihugu ca (...)

Cankuzo &Muyinga: Imiryango 117 yakiriwe ihungutse ivuye mu gihugu ca Tanzaniya

Thursday 14 June 2018, by vianney

Abahungutse baciye mu ntara ya Cnakuzo n’imiryango 108 igizwe n’abantu 336 harimwo abagabo 158,abagore 80 hamwe n’abana 198 bose bakaba bavuye mu nkambi ya Mutenderi mu gihugu ca Tanzaniya.

Imiryango ishika 9 yaciye muri komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga igizwe n’abagabo 5,abagore 4 hamwe n’abana 9.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.