Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CoupeDuMonde2018: Ibihugu vy’Ubufaransa n’Ububirigi vyashitse mu gice ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > CoupeDuMonde2018: Ibihugu vy’Ubufaransa n’Ububirigi vyashitse mu gice ca (...)

CoupeDuMonde2018: Ibihugu vy’Ubufaransa n’Ububirigi vyashitse mu gice ca kabiri gishira icanyuma

Saturday 7 July 2018, by vianney

Ubufaransa bwatinze igihugu ca Uruguay ibitsindo 2 k’ubusa vy’igihugu ca Uruguay.

Igitsindo ca mbere c’Ubufaransa cinjijwe n’umukinyi Varane RAPHAEL ku munota wa 40 w’igice ca mbere naho igitsindo ca kabiri cinjira ku munota wa 61 cinjinjwe n’umukinyi Antoine GRIEZMANN.

Igihugu c’Ububirigi catsinze igihangange Bresil ibitsindo 2 kuri 1 ca Bresil vyose vyinjiye mu gice ca mbere c’urwo rukino Bresil iza kugombora kimwe mu gice ca kabiri c’urukino

Igitsindo ca mbere c’Ububirigi cinjijwe n’umukinyi Fernandino wa Bresil ku munota wa 13 umupira umuciye ku mutwe irya kabiri naryo ryinjizwa n’umukinyi Kevin DE BRUYNE.

Bresil yagomboye igitsindo 1 cinjinjwe na Renato AUGUSTO ku munota wa 71 w’igice ca kabiri c’urukino.

Bitegekanijwe ko Ubufaransa buzoca buhura n’igihugu c’Ububirigi mu gice ca kabiri gishira icanyuma.

Inkino zitegekanijwe kuruyu wa gatandatu mu gice ca kane gishira icanyuma n’uruja guhuza igihugu ca Suede n’Ubwongereza igihe c’isaha 10 z’umuhingamo mu gihe igihe c’isaha zibiri zijoro hakine igihugu c’Uburusiya n’igihugu ca Croatie.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.