IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > Coupe du monde 2018 : Ubwongereza na Suede vyashitse mu gice ca kane (...)

Coupe du monde 2018 : Ubwongereza na Suede vyashitse mu gice ca kane gishira icanyuma

Wednesday 4 July 2018, by vianney

Igihugu ca Suede catsinze igihugu c’Ubuswise igitsindo 1 k’ubusa bwa Suisse,igitsindo cinjijwe n’umukinyi Emil FORSBERG k’umunota wa 66 w’urukino.

Igihugu c’Ubwongereza catsinze igihugu ca Colombie bitoroshe na gato kuko umwanya utegekanijwe w’urukino warangiye iyo mirwi uko ari ibiri ingaya igitsindo 1 ku kindi mu nyuma ihabwa iminota 30 « Prolongation » iheza inganya, iza gutaturwa na za penaliti aho igihugu c’Ubwongereza cinjije 4 igihugu ca Colombie naco cinjiza 3,ubwongereza buca butahukana itsinzi.

Ubwongereza hamwe n’igihugu ca Suede gihambije ibihugu 6 mu gice ca kane gishira icanyuma arivyo Ububirigi,Bresil,Ubufaransa,Uruguay,Uburusiya hamwe n’igihugu ca Croatie.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.