Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FFB : Ibitsindo 19 nivyo vyinjiye ku munsi wa kane w’ihiganwa mu cicaro ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > FFB : Ibitsindo 19 nivyo vyinjiye ku munsi wa kane w’ihiganwa mu cicaro ca (...)

FFB : Ibitsindo 19 nivyo vyinjiye ku munsi wa kane w’ihiganwa mu cicaro ca kabiri

vendredi 16 février 2018

Inkino z’umunsi wa kane w’ihiganwa zabereye ku ibuga bitandukanye mu gihugu, imirwi 16 ikaba ariyo yakinye.

Inkino zagenze uku :

Magara star 3-1 Les Crocos
Rumonge City 0-0 Kayanza utd
Moso Sugar 3-1 Busoni star
Unité fc 0-1 Les Éléphants FC
Rusizi fc 1-2 BS Dynamik
Rukinzo fc 3-0 Bumamuru FC
Transport 2-1 Muzinga FC
Volontaires fc 1- 0 Espoir FC


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.