FFB : Ibitsindo indwi nivyo vyinjiye mu nkino zitanu z’umunsi wa 21 w’ihiganwa

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 8 mars 2018 saa 03:51
7125
0 0

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi mu cicaro ca mbere, ryarabandanije kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 7 Ntwarante 2018, kubibuga bitandukanye. Mu nkino zitanu za mbere zo ku munsi waryo wa 21, hinjiye ibitsindo indwi.

Inkino za mbere z’umunsi wa 21 w’ihiganwa ry’umupira mu cicaro ca mbere, zabereye ku bibuga bitandukanye biri mu gihugu hagati.

Mu nkino zitanu zabaye, imirwi yatsindanye uku :

- Delta star 0-1 Athletico Olympic
- Messager Bujumbura 2-2 Messager Ngozi
- Vital’o fc 0-0 LLB S4a
- Musongati Fc 0-0 Flambeau du centre
- Bujumbura city 1-1 Aigle noir.

Inkino zose zizobera ku bindi bibuga havuyemwo ikibuga citiwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, kuko kiriko kirasubirwamwo, kuva kw’igenekerezo rya 1 Ntwarante 2018.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha