FFB :Umumenyereza w’abatarenza imyaka 20 yatumyeko abakinyi 25 bitegurira urukino na Zambiya

Yanditswe na BIKORIMANA Vianney
Kuya 31 mai 2018 saa 12:47
9000
0 0

Umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20, Joslin Bipfubusa yatumyeko abakinyi 25 mu myimeneyerezo mu ntumbero yo kwitegurira urukino ruzobahuza n’igihugu ca Zambiya, mu kurondera uburenganzira bwo kwitaba ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu y’abatarenza imyaka 20

Mu bakinyi batumweko n’umumenyereza, harimwo abakinira imirwi yo hanze y’igihugu nk’umukinyi NTIRWAZA Sudi akinira umurwi ASAS DJIBOUTI TELECOM wo mu gihugu ca Djibouti hamwe n’umukinyi BRANDON Chebby akinira umurwi EASTLEIGH FC wo mu gihugu c’Ubwongereza.

Urutonde rw’abakinyi 25 batumweko n’umumenyereza :

1.RUKUNDO Onesime(MESSAGER NGOZI)
2.KITENGE Ally Tonton (BUJA CITY)
3.NDUWIMANA Hailé Shalome (NGOZI CITY)
4.SELEMAN Moustafa( AIGLE NOIR Sc)
5.MURYANGO Moussa (VITAL’O FC)
6.NDORIYOBIJA Eric (LLB S4a)
7.HAKIZIMANA Héritier (AIGLE NOIR Sc)
8.NDIZEYE Eric (MUSONGATI FC)
9.BIGIRIMANA Ramadhan(AIGLE NOIR Sc)
10.KAMANA Ismaïl (AIGLE NOIR Sc)
11.NDAYE Chancel (LLB)
12.IRADUKUNDA Parfait ( MUSONGATI FC)
13.MBIRIZI Eric (BUJA CITY)
14.MURYANGO Mabano(AIGLE NOIR Sc )
15.EZA Armel( NGOZI CITY)
16.NSHIMIRIMANA Jospin (DELTA STAR)
17.NTIRWAZA Sudi ( ASAS DJIBOUTI TELECOM)
18.DJUMA Muhamedi ( MUSONGATI FC )
19.KWIZERA Eric( LES LIERRES Fc)
20.KANAKIMANA Bienvenue (AIGLE NOIR Sc)
21.RAMADHAN Pascal ( OLYMPIC STAR)
22.SHAKA Bienvenue (AIGLE NOIR Sc)
23.BRANDON Chebby (EASTLEIGH FC)
24.MAVUGO Cédric ( AIGLE NOIR Sc)
25.NDIKUMANA Magloire (OLYMPIC STAR)

Bitegekanijwe ko imyimenyerezo izotangura ku munsi wa mbere igenekerezo rya 4 Ruheshi 2018.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha