FFB : Umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu w’abigeme yatumyeko abagiye kwitegurira CECAFA

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 2 mars 2018 saa 09:31
7110
0 0

Abakinyi 24 b’abigeme n’ibo batumweko mu murwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba, kugira batangure imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa rya CECAFA senior rishobora kubera mu gihugu c’Urwanda.

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba z’abigeme Daniella NIYIBIMENYA, yatumyeko abo bakinyi ngo bazotangure imyimenyerezo kw’igenekerezo rya 6 Ntwarante 2018 ku kibuga kijejwe ubuhinga (C.T.N).

Abakinyi batumweko ni :

1.IRAKOZE Jeanine (Fofila PF)
2. Nkurunziza Saidati(Fofila PF)
3. Ndoreraho Belinda(la colombe Fc)
4.Irakoze Ladouce(Fofila PF)
5.Irakoze Oriane (Fofila PF)
6.Iradukunda Diane (Fofila PF)
7.Sakina Saidi(Fofila PF)
8.Irankunda Charlotte (Fofila PF)
9.Munezero Maguy(Fofila PF)
10.Uwimana Anniella (Nella)
11.Kanyamuneza Gynette(Fofila PF)
12.Girukwishaka Emelance(la colombe Fc)
13.Bukuru Rachelle (la colombe Fc)
14.Kanyamuneza Erica( la colombe Fc)
15.Ininahazwe Évelyne(la colombe Fc)
16.Niyonkuru Sandrine(la colombe Fc)
17.Nshimirimana Neema(la colombe Fc)
18.Nzeyimana Adidja(G)( PvP Buyenzi)
19.Bukuru Joëlle ( PvP Buyenzi)
20.Nahimana Nasra(PvP Buyenzi)
21.Suzane zilfa(PvP Buyenzi)

Hejuru y’abakinyi 21 bakina mu mirwi yo hagati mu gihugu, umumenyereza Daniella NIBIMENYA, yatumyeko kandi abakinyi batatu bakina mu mirwi yo hanze y’igihugu, abo nabo akaba ari :

22.Asha Djafari(Tanzanie)
23.Uwimana Nothia Saidati(As Kigali)(Rwanda)
24.Uwineza Djasila (scandinavia Fc)

Umumenyereza Daniella NIBIMENYA azofashwa muri ico gikorwa n’ivyegera vyiwe ; NIYONKURU Gustave hanwe na ININAHAZWE Belyse hamwe na BIPFUBUSA Methode na MUHIMPUNDU Ines bazomenyereza abanyegori.


Kumenyekanisha

1
Kevin 2-03-2018 à 09:52

Ewe bamenyereza baraho,ni mourinho canke Wenger........

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha