Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Ifoto y’umunsi
Yanditswe taliki ya 12-09-2016 - isaha 09:09' na IGIHE

JPEG - 47.2 ko
Umurwi nserukiragihugu INTAMBA MU RUGAMBA w’abakobwa watsinze ibitsindo 10 kuri kimwe ca Zanzibar. Ni rukurikirane rw’inkino za CECAFA ziriko zibera mu gihugu ca Ouganda
Ivyiyumviro vyanyu

Komeza Babone Ko Muburundi Abakobwa Baho Boshoboye Pe !Courage !

12.11.2016 à 15:29
Ferdinand

Ndanezerewe Kuk Biriko Biha Agaciro Igihugu Cacu C’uburundi.

4.10.2016 à 11:45
Nsengiyumva Alexandre

turashimiye abo bakobwa kukuntu bavyifashemwo

20.09.2016 à 10:23
BIGIRIMANA

10 vyose bakomerezengaho natwetubari inyuma.

15.09.2016 à 22:33
YOUNG MAN

Abo Tubarinyuma Nibakomereze Ngaho Turabashigikiye

13.09.2016 à 22:56
Ronaldo Junior

Nibitonder Iryohiganwa Bazotuzanire Igikombe,Umukoca Ntamer Nk’uw’abagabo Kuko Ivyo Yakoz Birateyisoni !!!

13.09.2016 à 12:29
Gilbert Nz

courage bashikibacu kora mutahukan igikombe

13.09.2016 à 11:49
rieck machar iratetura

félicitation les filles, nimuduserukire neza, abahungu bobo mbona vyarabananiye.

13.09.2016 à 07:49
claire

ndakeje vyimvamutima uwo murwi nserukiragihugu w’abakobwa berekanye kobashoye.ni bashishikare kuduteriteka ntibasamare mpaka batahukany
’igikombe

12.09.2016 à 20:25
Japhet Manirakiza

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.