Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Ifoto y’umunsi
Yanditswe taliki ya 26-12-2016 - isaha 10:18' na IGIHE

JPEG - 261.3 ko
NAHIMANA Shassir yahora akinira Vital’O yinjije ibitsindo bitatu wenyene, mu rukino rwahuje umurwi wiwe wa Rayon Sports na Musanze FC. Uwo mukinyi w’umurundi niwe afise ibitsindo vyinshi kurusha abandi, n’umurwi wiwe ukaba uza mu kibanza ca mbere, kandi nturatsindwa kuva ihiganwa ryo mu Rwanda ry’uwu mwaka ritanguye.
JPEG - 205.7 ko
Nizigiyimana Karim Mackenzi (i bubamfu) yigeze gukinira Rayon Sports imbere yo kuja muri Gor Mahia, yari yaje kuraba urwo rukino
Ivyiyumviro vyanyu

Umusore Wacu Arahambaye Ndamwiphurije Kuguma Atsinda

16.01.2017 à 22:36
Niyonkuru Gérard

Emmanuel urumusazi bakujane indera

10.01.2017 à 19:44
mob

C’EST FORMIDABLE

27.12.2016 à 10:22
NIYONGERE

Nakomerekwibanga

26.12.2016 à 20:07
Emannuel

Niteka Kuburundi, Ariko Kukumukino Ugeze Birengagiza Abakomey

26.12.2016 à 19:09
Prosper

nibarebe ico abarundi turusha abanyarwanda ntanakimwe bazodusumvya tuzama tubasumvya vyose nayo utwo dufaranga ntaco tubamariye nibarabe talent z’ABARUNDI .

26.12.2016 à 15:31
EMMANUEL

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.