IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Intamba mu Rugamba z’abigeme zakuye Djibouti mw’ihiganwa

Intamba mu Rugamba z’abigeme zakuye Djibouti mw’ihiganwa

lundi 7 Myandagaro 2017

Mu rukino rwabaye kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 5 Myandagaro 2017, umurwi nserukira gihugu w’Uburundi w’abigeme batarenza imyaka 20, ibitsindo vy’Uburundi vyinjijwe na Kanyamuneza Erica hamwe na Nahimana Falonne.

Mu gihe mu rukino rukurikira umurwi nserukiragihugu w’Uburundi wokinye n’igihugu c’Urwanda ariko ico gihugu kikaba carikuye mw’ihiganwa, umurwi nserukiragihugu w’Uburundi uzoca ukina n’igihugu ca Afrika y’Epfo.

Mu rukino rwa mbere rwabereye mu Burundi, umurwi nserukiragihugu intamba mu Rugamba w’abigeneme batarenza imyaka 20 wari watsinze igihugu ca Djibouti ibitsindo 6 ku busa.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.