Intara ya Gitega yakiriye ibikorwa vy’ihimbazwa ry’umunsi wahariwe inkino

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 Ruheshi 2017 saa 12:30
Yasomwe : 3942
0 0

Ibikorwa vy’uguhimbaza umunsi wahariwe inkino (Journée Olympique 2017) vyatunganijwe kuri uwu wa gatandatu mu ntara ya Gitega, ku civugo kivuga ko inkino n’imico kama arivyo mushinge w’amahoro n’iterambere.

Ihimbazwa ry’uwo munsi ryari ryitabwe na Evariste NDAYISHIMIYE, umukuru w’iteka wa komite y’igihugu ijejwe inkino (Comité National Olympique), Lydia Nsekera wo mu rwego mpuzamakungu rujejwe inkino, hamwe na Reveriyano NDIKURIYO, umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi.

Inkino zitandukanye zatunganijwe aho mu ntara ya Gitega, zikaba zari zigizwe n’umupira w’amaguru, inkino z’amaboko, inkino z’abagendana ubumuga, inkino za Karate hamwe ugusiganwa.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha