Raba video y’urukino rwahuje abaririmvyi n’abamenyeshamakuru

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 18 Nyakanga 2017 saa 05:30
Yasomwe : 8406
0 0

Raba aha munsi video yose yerekana urukino rwahuje abaririmvyi n’abamenyeshamakuru bo mu Burundi. Iyo video yafashwe ku bwa Kebby boy nawe yariko akina ku ruhande rw’abaririmvyi.

Tubibutse ko urukino rwabaye kuri uwo wa gatanu uheze igenekerezo rya 15 Nyakanga ku kibuga citiriwe umuganwa Ludoviko Rwagasore. Ikindi twobibutsa n’uko muri urwo rukino imirwi yanganije ibitsindo bibiri ku bindi (2-2).


Kumenyekanisha

1
jean claude mackenzie 20-09-2017 à 09:46

mbega urukino

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha