Accueil > Inkino > FOOTBALL > Rayon Sports yakoze akataraboneka mu mupira w’amaguru mu Rwanda
Rayon Sports yakoze akataraboneka mu mupira w’amaguru mu Rwanda
jeudi 19 Ndamukiza 2018, par
Iminota mirongo icenda y’urukino yaheze ari ibitsindo bibiri vya Costa do Sol yo muri Mozambike, ariko kubera ko mu rukino rwa mbere Rayon Sports yari yatsinze bitatu ku busa, vyose hamwe vyaciye biba bitatu vy’uwo murwi wo mu Rwanda, kuri bibiri vy’uwo murwi wari waserukiye igihugu ca Mozambike muri iryo higanwa.
Gushika kuri iyo ntsinzi y’ukubandanya ihiganwa vyatumye Rayon Sports itsindira amafaranga y’amadorare agera ku bihumbi 275, hafi imiriyoni amajana indwi z’amarundi.

Egide NDUWIMANA
Messages
20 Ndamukiza 2018, 10:44, par Bagambiki gaston
Nukuri biradushimishije cyane kuberako kugera kure kwa rayon sport biha amahirwe ibihugu byacu byombi. turashimira shabaan cabarara ndetse n’abandi bakinnyi bose b’ikipe yacu dukunda rayon sport.abavandimwe ba barundi turabakunda cyane.