Senegal : Sadio Mané yatowe nk’umukinyi w’umwaka

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 29 novembre 2017 saa 10:17
Yasomwe : 3843
0 0

Umukinyi ava mu gihugu ca Senegal Sadio Mané niwe yatowe nk’umukinyi w’umwaka yigenjeje neza mu gihugu ca Senegal.

Sadio Mané yatowe n’abamenyeshamakuru b’inkino bo mu gihugu ca Senegal, kwa mbere igenekerezo rya 27 Munyonyo 2017.

Uwo mukinyi asanzwe akina hagati yegereye abasatirizi mu murwi Liverpool wo mu gihugu c’Ubwongereza, aronse ako gashimwe ku ncuro zine zikurikirana, bituma ba uwa mbere muri kahise ashitse kur’urwo rugero.

Sadio Mané asanzwea ri no mu bakinyi bane, bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yigenjeje neza gatangwa n’iradiyo y’abongereza BBC.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha