IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uburundi buza mu kibanza c’i 142 ku rutonde rwa FIFA/Coca-Cola (...)

Uburundi buza mu kibanza c’i 142 ku rutonde rwa FIFA/Coca-Cola 2017

jeudi 21 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Kuri urwo rutonde, igihugu ca Senegal nico kiza ubwa mbere mu bihugu vyo muri Afrika mu kibanza ca 23.

Ibihugu 9 biza inyuma y’igihugu c’Ubugadi ni ibihugu vya Bresil, Portugal, Argentine, Belgique, Espagne, Pologne, Suisse, Ubufaransa hamwe n’igihugu ca Chili.

Ibihugu biza ubwa nyuma mu kibanza kigira 206 ni 6 akaba ari igihugu ca Somariya, Tonga, Anguila, Bahamas, Erythree, Gibraltar.

Mwomenya ko imigwi y’ibihugu bimaze imyaka 4 bidakina inkino mpuzamakungu bitari kuri urwo rutonde.

JPEG - 108.8 ko
Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi

Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.