Uburundi bwungutse ikibanza kimwe ku rutonde rwa FIFA rwo mu kwezi kwa kabiri

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 16 mars 2018 saa 01:37
8760
0 0

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu Rugamba,wungutse ikibanza kimwe, ku rutonde rw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA, rwo mu kwezi kwa kabiri 2018.

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba mu Rugamba, wafashe ikibanza c’142 n’amanota 203,mu gihe mu kwezi kwa mbere wari mu kibanza c’143, ku rutonde rwa FIFA rusohoka ku kwezi ku kwezi.

Mu bihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko, igihugu c’Ubuganda kiza mu kibanza ca 78 , Kenya mu kibanza c’105 ,Urwanda mu kibanza c’114 , Tanzaniya mu kibanza c’144 .

Kw’isi, igihugu c’ Ubudagi kiracari mu kibanza ca mbere n’amanota 1609 , igihugu ca Brésil ni ica kabiri n’amanota 1489, Portugal ni ica gatatu n’amanota 1360.


Kumenyekanisha

1
Vyizigiro J Rwido 18-03-2018 à 14:17

twashaka muduh urutond ryabakiny bazokin urw rukino

2
NSHIMIRIMANA KEY LOVE PASCAL 16-03-2018 à 14:03

Ne Ub Umurwi W’intamba Murugamba Wob Uri Mukibanza Ca Kangahe Muri Afrika

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha