Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umukinyi Davinson Sanchez yasinye amasezerano yo gukinira Tottenham
Umukinyi Davinson Sanchez yasinye amasezerano yo gukinira Tottenham
samedi 19 Myandagaro 2017, par
Umukinyi Davinson Sanchez yamenyesheje ko yakiriye neza ayo masezerano yo gukinira umugwi Tottenham, akavuga ko uwo ari k umugwi ukomeye.

Davinson Sanchez yavuze ati : "Ni akaryo keza kuri jewe ko kuja muri Tottenham kugira nagure gusumba umwuga wanje."
Davinson Sanchez w’imyaka 21 avuka mu gihugu ca Korombiya yaguzwe imiriyoni 42 hadashizwemwo uburyo bw’ibipimo vyo kwa muganga hamwe n’uburyo bwo kurondera urupapuro rwemerera umukinyi gukina mu gihugu aba agiyemwo.
Vianney BIKORIMANA
Messages
27 Myandagaro 2017, 21:58, par Mariza Reverien
bazokinaryari?