IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika "CAF" yashitse i (...)

Umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika "CAF" yashitse i Bujumbura

dimanche 29 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Ahmad Ahmad yakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura n’uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB), Reveriyano NDIKURIYO.

Imbere y’uko yerekeza mu ntara ya Gitega ahabera urukino rwa nyuma ruhuza Tanzaniya na Somaliya, Ahmad Ahmad abanza kwakirwa n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA, igihe c’isaha zitanu n’iminota 30.

Tubibutse ko mu barorerezi b’iteka bazoba bari ku kibuga citiriwe INGOMA kiri mu ntara ya Gitega ahabera urwo rukino rwa nyuma, harimwo umukuru w’igihugu ca Somaliya ashika nawe nyene i Bujumbura kuri uwu w’Imana.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.