IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umurwi wa Chelsea watahukanye igikombe c’ihiganwa ry’Ubwongereza

Umurwi wa Chelsea watahukanye igikombe c’ihiganwa ry’Ubwongereza

samedi 13 Rusama 2017

Mu rukino rwo ku mugoroba wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 12 Rusama umwaka wa 2017, umurwi wa Chelsea watsinze umurwi wa West Bromwich Albio igitsindo kimwe ku busa cinjijwe na Michy Batshuayi.

Iyindi mirwi itatu iza mu bibanza vya mbere mw’ihiganwa ry’Ubwngereza ni Tottenham ifise amanota 77, Liverpool ifise amanota 70 na Manchester City ifise amanota 69.

Umurwi wa Chelsea utahukanye igikombe c’uno mwaka ufise amanota 84.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.