Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umusi ikibazo ca Reta “ Exetat” kizokorerwako wamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Indero > Umusi ikibazo ca Reta “ Exetat” kizokorerwako wamenyekanye

Umusi ikibazo ca Reta “ Exetat” kizokorerwako wamenyekanye

Friday 27 July 2018, by vianney

Abanyeshure bangana ibihumbi 64 nibo bitezwe ko bazokora ico kibazo bagasabwa n’ubwo bushikiranganji kuzoja gukora ico kibazo bambaye umwambaro w’ishure bahora bambara.

Bitegekanijwe ko ico kibazo kizokorerwa mu bibanza 79.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.