IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > volley-ball > Volley Ball : Rukinzo mu bagabo na Muzinga mu bigeme zatwaye ibikombe (...)

Volley Ball : Rukinzo mu bagabo na Muzinga mu bigeme zatwaye ibikombe vy’ihiganwa

lundi 16 avril 2018

Mu rukino rwabaye ku ruhande rw’abagabo, umurwi Rukinzo watsinze amaseti atatu ku busa ya Muzinga w’abasirikare.

Ku ruhande rw’abigeme, umurwi Muzinga w’igisirikare watsinze umurwi Gender Light Club amaseti atatu kuri imwe.

Imirwi yatsinze yahawe ibikombe, mu gihe icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE, bafashije kugira urukino rwa Volley Ball rutere imbere bahawe impapuro z’iteka.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.