Abakinyi b’INTAMBA MU RUGAMBA biteguriye bikwiye Ethiopie (Amafoto)

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 octobre 2015 saa 06:03
Yasomwe : 27612
0 0

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA bashitse mu gihugu ca Ethiopie mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane. Biteguriye urukino rwo gusubiriza ruzoba kuri uwu w’Imana. Abo bakinyi bashikiye muri Hôtel Afarensis International
Mu gihe mu rukino rwa mbere Uburundi bwatsinze Ethiopie ku ntsinzi y’ibitsindo bibiri ku busa, mu rukino rw’ejo nibatahukana intsinzi canke bakanganya ubusa ku bundi, Uburundi buzoba buronse uburenganzira bw’ukuja mw’ihiganwa rya CHAN 2016 rizobera mu gihugu (...)

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA bashitse mu gihugu ca Ethiopie mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane. Biteguriye urukino rwo gusubiriza ruzoba kuri uwu w’Imana. Abo bakinyi bashikiye muri Hôtel Afarensis International

Mu gihe mu rukino rwa mbere Uburundi bwatsinze Ethiopie ku ntsinzi y’ibitsindo bibiri ku busa, mu rukino rw’ejo nibatahukana intsinzi canke bakanganya ubusa ku bundi, Uburundi buzoba buronse uburenganzira bw’ukuja mw’ihiganwa rya CHAN 2016 rizobera mu gihugu c’Urwanda.

N’aho ikirere atari ciza kubera imbeho nyinshi iri muri ico gihugu, abakinyi b’INTAMBA barabandanya imyimenyerezo kandi bose bakaba bamerewe neza.

Amwe mu mafoto y’abakinyi bari mu myimenyerezo


Kumenyekanisha

1
MBOMA 2-05-2016 à 19:39

IMANA IBAFASHE

2
nduwayoappolinaire 28-11-2015 à 19:40

Twizeyeko tuzotsinda Ethiopie nkuko twatsinze ubwa mbere.Tubandanye tubater intege !

3
nduwayoappolinaire 28-11-2015 à 19:38

Twizeyeko tuzotsinda Ethiopie nkuko twatsinze ubwa mbere.Tubandanye tubater intege !

4
simenyegw 27-10-2015 à 23:35

jewendabonakobazozinda bitabay muburundintizohera intambar

5
Mwizero 27-10-2015 à 05:28

MURABANKAMBE TUTERITEKA UBURUNDI IMANA IBABE UMUZAMU MWIGORA

6
ernest ruyigi 25-10-2015 à 19:32

Imana ibaje imbere

7
J.De DIEU NKESHIMANA 25-10-2015 à 09:41

NDIPFURIJE ITSINZI ABAKINYI BINTAMBA MURUGAMBA.

8
jean petit rutuku 25-10-2015 à 06:21

Imana ibajimbere

9
Audace Makado 25-10-2015 à 06:20

Nipfuzako Uburundi Bwotahana Itsinzi Bgatuma Turonka Amahirwe Menshi Mubndi Bihugu Muguterimbere Mumupira W’amaguru.Tuguma Tubakurkirna Akanykukany.

10
Robben 24-10-2015 à 21:57

EGO NIVYIZA NTIMUZOTUMARAMAZE NAMAHERA YACU DUTANGA.DUSHAKA IBITSINDO VYINSHI.

11
Kicwa 24-10-2015 à 20:51

Komera Tuzotsinda Uburundi Nibuje Imbere Kumukino Wumupira

12
jean 24-10-2015 à 20:00

naho atawovyina urugamba rutararangira,intsinzi ni cash.intamba mu rugamba tsinda !!

13
jean 24-10-2015 à 19:58

naho atawovyina urugamba rutararangira,intsinzi ni cash.intamba mu rugamba tsinda !!

14
augustin 24-10-2015 à 19:21

tubipfurij intsinzi.tatu kwa bila.intamba ooyyyyyy !!- !-

15
kamaro 24-10-2015 à 19:12

neza cane itsinzi NICASHI. abarundi twese turayibifurije..intamba murugamba oyeeeee...nimushishikare kutwibagiza ibibazo duterwa nizo nyankaburundi azo cenared. intamba oyeeeee....

16
Niyibikora Filsi 24-10-2015 à 19:02

Ndabishimiye .Bakomerezaho.

17
Barampanze Etienne 24-10-2015 à 18:48

Reka Intamba Ndazipfurize Gutera Ibitsindo 2 Ku O

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha