Abakozi 99 ba ONU bagirijwe ivyaha vyo gusambanya abantu ku nguvu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 Ntwarante 2016 saa 03:30
Yasomwe : 40689
0 0

Ibiharuro vy’abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bakwekako ugusambanya abana n’abantu bakuze ku nguvu ciyongereye, kiva kuri 80 mu mwaka 2014, kigera kuri 99 mu mwaka w’2015.
Icegeranyo gishasha c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU cerekana ko abantu 69 muri abo bakekwako ico caha, ari abari mu ngabo ziri mu butumwa bwo kugakana amahoro mu bihugu 10, ariko bakomoka mu bihugu 21 bitandukanye birwiriyemwo ivyo muri Afrika.
Ico cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU nticerekana ahakomoka abo bandi (...)

Ibiharuro vy’abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bakwekako ugusambanya abana n’abantu bakuze ku nguvu ciyongereye, kiva kuri 80 mu mwaka 2014, kigera kuri 99 mu mwaka w’2015.

Icegeranyo gishasha c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU cerekana ko abantu 69 muri abo bakekwako ico caha, ari abari mu ngabo ziri mu butumwa bwo kugakana amahoro mu bihugu 10, ariko bakomoka mu bihugu 21 bitandukanye birwiriyemwo ivyo muri Afrika.

Ico cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU nticerekana ahakomoka abo bandi bakozi 30 batari mu butumwa bwo kugarukana amahoro bakekwako ivyo vyaha.

Muri ico cegeranyo basaba ishirahamwe mpuzamakung ONU hamwe n’ibihugu vyarungitse abasirikare n’abaporisi, kureka abazokwagirizwa bagakurikirana, mbere bagatanga na ADN zabo.

Abaketsweko ivyo vyaha barimwo abasirikare n’abaporisi bakomoka mu Burundi, Ubudagi, Ghana, Senegal, Madagascar, Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Burkina Faso, Cameroon, Tanzania, Slovakia, Niger, Moldova, Togo, Afurika y’Epfo, Morocco, Benin, Nigeria hamwe na Gabon.


Kumenyekanisha

1
timba 8-03-2016 à 12:17

exis

2
kaga 7-03-2016 à 19:48

abanyarwanda bariyubaha,bafise umuco,ntabwo aringengegera,they know what they are doing!!!!!!mbe abarundi mwarahejeje imyiyerekano yo gutuka kagame???!!!!!!!!!mhhhhhh chanke mwararushe hemwe??? dufite ibanga kandi ntimuzopfa murimenye nubwo turabubaha twakabamesa mumusaha atatu yonka. musubire inyuma mwitekerezeho mutekereze nugwanda nezaaaaaaa,nimumara muzovuga.

3
Nesitori 7-03-2016 à 15:53

NONE KO IGITITIRI CABO BANU KIGUMA KIGWIRA NTAGIHANO GIKWIYE BORONKA ?NIMBA ARIVYO .

4
che 7-03-2016 à 09:34

U Rwanda ruriyubashe basi.

5
fdn 7-03-2016 à 06:42

mugabo igihe murabesha uburundi ntiburimwo harimwo urwanda kubra abanyagwanda mwiyme IWANYU NGO NIVYIZA IVYO BIHIHU BIRI KURI CIT YA ONU NABURUNDI BURIMWO NJO KURI RFI BARAVYRKANY

6
me 7-03-2016 à 00:23

kandi mumenyeko harimo na bene wanyu babarundi bagirizwa gusambanya utwana dutoya.

7
hakizimana jedeon 6-03-2016 à 22:33

nibasengezwe bakoze .amakosa

8
Mussa maricko 5-03-2016 à 06:44

abo bantu bagirizwa ico caha bakwiye gufungw uwo guheray

9
NTAGITSINA 4-03-2016 à 21:24

MBEGA NTABAPORISI KAZI BARIYO NIBAZE BARAKIBAHA,KUKO ATABANDI BAGORE BAFISE ATARI ABO

10
MUHOZA 4-03-2016 à 20:11

erega kiraryoha ibaze naw utagira ahudepoza umwaka wose ariko abarundi ntabarimwo harya umworo ahoyaniy ntibwuma nuko turimungorane batwegekako vyose ariko imana niyo ifise ikibanza cambere mukuturenganura.

11
Vivi 4-03-2016 à 19:19

Bobodatabarabironka ! Kandibirumvkana Non Ababarungitse Babatekereye Iki? Canke Baribabakonye ( Emwekararyoshe ! !)

12
INTAGOHEKA 4-03-2016 à 17:35

UWUTAGUHAYE KUNEZA BIRABA NGOMBWA NOKUNGUVU KAZIMA ATARIMBONERAKURE NKANJE ARIKO DUKUYEMWO IZUMUTIMA KUKO NTITURI BASINDUMUJA

13
Batwenga 4-03-2016 à 17:05

Igitsina Nihatari,erega Nuko Badafata Ikonji(congé) Yewe Najewe Ndumusoda Canke Porisi Sinokwera

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha