Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Amazina y’abakinyi b’Intamba mu Rugamba bari gukina mu gihugu ca Senegal
Yanditswe taliki ya 11-06-2015 - isaha 10:32' na Bill Nkurunziza

Umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba batanguye imyimenyerezo, aho bariko barayikorera mu gihugu ca Senegal, inyuma y’aho abakinyi bayigize 18 n’umenyereza wabo Ait ABDELMALEK , bashikiye muri ico gihugu.

Abakinyi b’Intamba mu Rugamba bashitse i Dakar mu gihugu ca Senegal kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 9 Ruheshi, bakaba bariko bitegurira kuzotana mu mitwe n’umurwi nserukira gihugu wa Senegal.

Abakinyi 18 b’umurwi Intamba mu Rugamba bakaba barashoboye gutangura imyimenyerezo yo kwitegurira neza urwo rukino, kugira bazokine, bamaze kumenyera ikibuga.

Tubibutse ko Intamba mu Rugamba bazokina urwo rukino kuri yu wa gatandatu, igenekerezo rya 13 Ruheshi, bazohura na LIONS DE LA TERANGA umurwi nserukiragihugu wa wa Senegal.

Abakinyi b’abarundi bagiye guhura n’umurwi wa Senegal akaba ari :

1,BIHA Omar / Vital’o Fc

2. RUGUMANDIYE Yvan / Muzinga

3. KIZA Fataki / LL s4a

4. NKURIKIYE Leopold Kaya / Vital’o Fc

5. HARERIMANA Rashid Leon / LL s4a

6. Idi DJUMAPILI / Vital’o Fc

7. NSHIMIRIMANA David / Vital’o Fc

8. RUGONUMUGABO Stepfane / LL s4a

9. BARENGE Pistis / Vital’o Fc

10. MOUSSA Mossi Hadj / Vital’o fc

11. NAHIMANA Shassir / Vital’o Fc

12. Hussein SHABANI TSABALALA /Vital’o fc

13. DUHAYINDAVYI Gael / LL s4a

14. BIZIMANA Hassan / Inter star

15. NDARUSANZE Claude / Gunners Fc – Bostwana

16. TAMBWE Amissi / Yanga Africans

17. Fiston ABDOUL Razzak / Sofapaka

18. Laudit MAVUGO / Vital’o fc

Ariko rero, abakinyi bakinira imirwi yo hanze y’igihugu ntibashoboye gutumwako, umumenyereza wabo Ait ABDELMALEK akaba abandanya kuremesha abakunzi b’umurwi w’Uburundi, ko biteguye bihagije kandi biteguye gutahukana instinzi.

Ivyiyumviro vyanyu

Nunva kweri arisawa

11.11.2016 à 22:04
Omji wagitega

NIBIMENYEREZE NEZA KUGIRA BATAHUKANE ITSINZI

2.10.2016 à 20:43
Elysé Nshimirimana

Abonako,aboyaje,abizeye,kimwegusanukobotuzanira,itsinzi

14.09.2016 à 15:35
Joseph,ntakarutimana

Nivyiza ariko nize bararaba bazebarazana nabakinira hanze bobarabirako vyishi

24.07.2016 à 13:36
Nsabumukama pierlo jr

NIKUKI UMUMENYEREZA ATATUMYEKO ABAKINYI BAKINA HANZE ?NON UBWO TURITEZE INTSINDO ?REKA TUVYITEGE !

1er.06.2016 à 05:22
Eric Ndayizeye

NOVUGAKO NKO GUHURA N UMURWA WA SENEGAL KWARI UGUKENYERA ZIKAGUMA KUKO NKA BOSE BAKINIRA IBURAYA NAHO HAKABA ARINAHO UMUPIRA W AMAGURU WAKOREWE

21.05.2016 à 23:09
MISIGARO DAVID

courrage egide bnza kivyuka

8.05.2016 à 08:42
ndagijimana egide

nivyiz ark umumenyerz nuko yoz arabtumako bose kuko nabigihugu bkaz gutera iteka igihug ca bibaruts !shalom

3.05.2016 à 22:52
Toto Toyi Hilœt Hilaire

ndakunda intamba murugamba kuko nizina niryo muntu murakoze

1er.05.2016 à 00:40
NDAYIZEYE Regis

Iyovyaba Vyokunda Mwotumako Abakinyi Bohanze Bagre Ico Baterera.Ahandiho Ntaho Turiko Turava.Mwotubwira Ingene Urukino Rwarangiye Rwuburundi Na Namibie ?

31.03.2016 à 22:43
Frederic Musavyi

Iyovyaba Vyokunda Mwotumako Abakinyi Bohanze Bagre Ico Baterera.Ahandiho Ntaho Turiko Turava.Mwotubwira Ingene Urukino Rwarangiye Rwuburundi Na Namibie ?

31.03.2016 à 22:42
Frederic

NTACO NOBIVUGAKO KUKO IGITUMA TUDATSINDA ABARUNDI DUFASHWE NABI CANE NTANUKUNTU NABAKINYI BACU BOTSINDA.

27.03.2016 à 10:57
NAHAYO THEOGENE

TUBIFPURIJE.INTSINZI

15.03.2016 à 12:41
NDIKUMANA.VICTOR

TUBIFPURIJE.INTSINZI

15.03.2016 à 12:40
NDIKUMANA.VICTOR

Intamba Izokinamondiyar

22.11.2015 à 16:13
NAHAYO J.Claude

kuwimana,hariho,urukino, ?

14.11.2015 à 20:58
renova

Nibakmere intsinzi nziza

25.10.2015 à 08:28
NDAYISABA EZECHIEL

Umumenyereza Ahohantu Yahihendeye Gose.

9.10.2015 à 07:09
Evode Butoyi

tubipgurize intsinzi abaķinyi bacu intamba muruģamba vnziza nizindikiño bimirije nka ethiopie bayikubite nka3:0mbere nafinal bazebayikiñe turashimiye abarongoye inkino mugihugu cuburundi nabarongoye igihugu cose courage pour intamba murugamba

7.09.2015 à 22:33
mapozi oscar

Ndateye Intege Intamba Murugamba Mugabo Umumenyereza Ico Nomusaba Nuko Yotumako Abakinyi Bakina Hanze Niho Twobona Itsinzi Kandi Turayizeye Dusengere Intamba

15.08.2015 à 20:35
Zabullon
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.