Athletico Olympic yatakaje amahirwe y’ukubandanya ihiganwa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 12 Ntwarante 2016 saa 10:37
Yasomwe : 9873
0 0

Umurwi wa Athletico Olympic wakiriye Bujumbura kuri uwu wa gatandatu umurwi wa Munana FC wo mu gihugu ca Gabon, mu rukino rwa mbere mu rukurikirane rw’inkino za Conféderation.
Athletico Olympic yatsinzwe na Munana FC ibitsindo bibiri ku busa, amahirwe y’ukubandanya ihiganwa aba aragabanutse kubera ivyo bitsindo uwo murwi utsindiwe iwabo.
Muri urwo rukino rwabereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, ibitsindo vya Munana FC vyompi vyinjiye mu gice ca mbere, kimwe ku munota wa (...)

Umurwi wa Athletico Olympic wakiriye Bujumbura kuri uwu wa gatandatu umurwi wa Munana FC wo mu gihugu ca Gabon, mu rukino rwa mbere mu rukurikirane rw’inkino za Conféderation.
Athletico Olympic yatsinzwe na Munana FC ibitsindo bibiri ku busa, amahirwe y’ukubandanya ihiganwa aba aragabanutse kubera ivyo bitsindo uwo murwi utsindiwe iwabo.

Muri urwo rukino rwabereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, ibitsindo vya Munana FC vyompi vyinjiye mu gice ca mbere, kimwe ku munota wa kane, ikindi ku munota wa 16.


Kumenyekanisha

1
libakale bonifasi 12-03-2016 à 12:23

atlitiko nda.bahaye amahigwe ibitzindo bili kubusa navilo nukwo imana ibaje imbele natwe tubasengele mulakoze

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha