Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Athletico Olympic yatakaje urukino rwa mbere
Yanditswe taliki ya 13-02-2016 - isaha 16:43' na IGIHE

Umurwi wa Athletico Olympic wo mu Burundi watsinzwe mu rukino rwa mbere rwawuhuje na Fomboni FC yo muri Ile Comores, igitsindo kimwe ku busa, mu rukino rwabereye aho nyene muri Ile Comores.

Igitsindo ca Fomboni FC yo muri Ile Comores cinjiye kuri pénalty, urukino ruca rurangira ari igitsindo kimwe ca Fomboni FC, ku busa bwa Athletico Olympic.

Urukino rw’ugusubiriza ruzoba kw’igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2016, i Bujumbura, ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Primus League nayo yabandanije, ku munsi wayo wa 22 kuri uwu wa gatandatu. Imirwi ikaba yarushanije uku gukurikira :

Muyinga : Olympic Star 1 - 1 Messager Ngozi
Bubanza : Les Eléphants 1 - 2 Olympic Muremera
Bujumbura : Bujumbura City 1 - 0 Inter Stars
Magara : Nyanza United 0 - 0 Les Crocos FC

Makamba : Aigle Noir 4 - 1 Flambeau de l’Est

Kuri uwu w’Imana, isaha icenda, Messager Bujumbura izohura na Les Jeunes athlétiques.

Ivyiyumviro vyanyu

Novuga Nti M agara Star Fc Ko Abanyi Ifise Ari Benshi Twihweje Ko Ugiye Kuraba Ku Musi Bihura Na Le Messager Ko Nukuri Abanwanyi Ari Benshi. Dukeneye Ikibuga Ciza Neza Kuko Naho Ikibuga Gitubatse Ntidutinya Kugura Itike Ya 500fbu.

4.04.2016 à 08:06
Nibitanga Olivier

Novuga Nti M agara Star Fc Ko Abanyi Ifise Ari Benshi Twihweje Ko Ugiye Kuraba Ku Musi Bihura Na Le Messager Ko Nukuri Abanwanyi Ari Benshi. Dukeneye Ikibuga Ciza Neza Kuko Naho Ikibuga Gitubatse Ntidutinya Kugura Itike Ya 500fbu.

4.04.2016 à 08:04
Nibitanga Olivier

Athletico Noyibwira Nti Rema Izotsinda Murukino Rwo Gusubiriza.

15.02.2016 à 23:10
Pasteur

twipfuriza cane imigw waduserukiy kuduteturura

14.02.2016 à 15:32
Darius hiraly tenga

Numva Umenyereza Yiyemera Sinarinz Kovyogenda Gutyo Nukwihangana Haburana Babiri Hagatsinda Umwe

14.02.2016 à 06:27
Ntahomvukiye J Baptiste

Numva Umenyereza Yiyemera Sinarinz Kovyogenda Gutyo Nukwihangana Haburana Babiri Hagatsinda Umwe

14.02.2016 à 06:25
Ntahomvukiye J Baptiste

ntangorane

14.02.2016 à 05:47
nduwimana s-eric

umupira wuburundi turawume nyereye.

13.02.2016 à 21:33
bigi

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.