Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Burundi - Namibie : Shassir na Yamin Selemani batangura mu kibuga
Yanditswe taliki ya 29-03-2016 - isaha 14:05' na IGIHE

Abakinyi babiri b’abasatirizi NAHIMANA Shassir hamwe na NDIKUMANA Yamin Selemani batari batanguye mu rukino rwa mbere rwahuje Uburundi na Namibie bashizwe ku rutonde rw’abatangura mu kibuga mu rukino rwo gusubiriza ruba ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri, mu gihugu ca Namibie.

Mu rukino rwa mbere, abo bakinyi babiri bari banjiye mu gice ca kabiri c’urukino, ariko bakaba bashitse bahindura vyinshi muri urwo rukino, bamwe mu barorerezi bakaba bamenyesheje ko umumenyereza yari kuba yabashize mu batangura mu kibuga.

Umunyezamu Mac Arthur ARAKAZA atangura hanze, akaba asubiriwe na NZOKIRA Jeff akina mu gihugu ca Djibouti.

Kuri urwo rutonde rw’abatangura mu kibuga, abasatirizi Tambwe Amissi na Dugary NDABASHINZE ntibariko. Mu rukino rwa mbere, Uburundi bukaba bwatsinze na Namibie ibitsindo bitatu kuri kimwe.

Abakinyi batangura mu kibuga

1. NZOKIRA Jeff
2. NIZIGIYIMANA Kharim
3. NDUWARUGIRA Christophe batazira Lucio
4. NSHIMIRIMANA David
5. NSABIYUMVA Frederic
6. KWIZERA Pierrot
7. Amissi Cedric
8. Papy Faty
9. Abdul Razzak Fiston
10. NAHIMANA Shassir
11. NDIKUMANA Yamin Selemani

Ivyiyumviro vyanyu

urukino rw’uburundi

7.05.2016 à 19:09
jimmy mugisha

rekadutsinde kukonatweturashoy

1er.04.2016 à 23:31
nzomuhintore

KOMERAKUMUHETO ABANKA BANGARE ABAVUZE NGOMUKINISHIJE IMBONERAKURE NTOCOBIBAZA

31.03.2016 à 20:06
NG.J

kuki abobakinyi ubwamberehobatatangujwemukibuga ? umumenyerezayakinishijabakinyatazinezakandarabiwe ?twizerekotutazosubiragusomariryaketeryubwambereribishevyagenzekurya.ndateyamashurwmenshintambanumumenyerezkukuntyahnduyumukenyuromurinamibie.

31.03.2016 à 05:40
pierrot nijimbere.

NDABASHIMIYE,KOMWITWAYENEZACANE,UMUMEYEREZANAHOREGUTYOABAMENYEREZANEZACANE.NANJENDABAKUNDACANE.NDABAKURIKIRANIRAHAFI.MURAKOZE

30.03.2016 à 22:06
Kubwimanadavid

jew nashimwe cane kubona intamba zatahukanye umutsind turabkeje cane

30.03.2016 à 22:03
tucais

Nukur twaray tunezerejw nukunt intamb mu rugamb zaray ziyambits agahuz zar zakuw na namibie ic dusab nk,aben g,ihugu uw mumenyerez w,intamb bomutekerer vub

30.03.2016 à 15:06
Niyongabo elie

Nukur twaray tunezerejw nukunt intamb mu rugamb zaray ziyambits agahuz zar zakuw na namibie ic dusab nk,aben g,ihugu uw mumenyerez w,intamb bomutekerer vub

30.03.2016 à 15:05
Niyongabo elie

Nukuri Turashimiye Cane Abakinyi Kukuntu Bavyifashemwo Neza Kurukino Rwo Gusubiriza.Arik Umumenyereza Arakwiye Kwisubirako Ataratwicira Equipe Yancu.Tubari Hafi

30.03.2016 à 11:47
Grille Audace Makado

MUKORAMUSENGA-MUSENGAMUKORA.

30.03.2016 à 11:34
JAI HO

TUZOBASHIGIKIRA INTAMBAKOTWUNVISEYATSINZE

30.03.2016 à 11:24
JAI HO

Koca Murabona Ko Ariwe Yapanze Nabi Rise Nomgaha Twari Kuronka Amanota Atatu

30.03.2016 à 07:22
Gerard

Vya duhimbaye gos reka tubahe kuraje

29.03.2016 à 21:18
Domitien Nkundwanimana

Twarababaye Cane Kubona Dutsindirwa Imuhira Ameka Mabi Twandikishije Ariko Umutoza W’umugwi W’intamba Murugamba Jewe Mbona Bibaye Vyiza Yo Kwirukanwa Hakaza Uwundi Ashoboye Kandi Bariho Kuko Ntakuntu Umungwi Nkuwo Utatujanye Muri CANE Sinzi Ico Uwo Mumenyereza Yoba Yaraje Gukora Jewe Ndasavye Umukuru Wa FFB Yuko Bakora Ibishoboka Vyose Bakarondera Umumenyereza Adashwana N’abakinyi Naho Abakunzi Bumugwi Intamba Twarababaye Cane Kandi Dufise Abakinyi Bakarorero Ariko Mumugwi Nserukiragihugu Bikabananira

29.03.2016 à 19:59
NSHIMIRIMANA Kabila

Bamaze Gutsindana Bingahe

29.03.2016 à 18:39
NIZEYIMANA JOSEPHAT

Nukuri Ndabipfurije Kugira Baronke Amahigwe Yokutsinda Namibie Twizigire Birashoka.Nibakomere

29.03.2016 à 18:08
Ndayishimiye Fericien

GUSENGAKUZOBAFASHAMURIVYOSE.

29.03.2016 à 16:36
G

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.