Accueil > Inkino > FOOTBALL > Burundi - RDC : Gael BIGIRIMANA yashitse i Bujumbura (Amafoto)
Burundi - RDC : Gael BIGIRIMANA yashitse i Bujumbura (Amafoto)
jeudi 12 Munyonyo 2015, par
Gael BIGIRIMANA, asanzwe akinira umurwi wa Newcastle United F.C wo mu Bwongereza yashitse i Bujumbura, akaba ari ku rutonde rw’abakinyi b’Uburundi batumweko kugira batane mu mitwe n’umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Urukino ruhuza Uburundi na RDC rwitezwe kuri uwu wa kane, isaha icenda n’iminota mirongo itatu ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE.
Gael BIGIRIMANA ashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura




IGIHE
Messages
12 Munyonyo 2015, 10:52, par BAGOROZI COME
NDIFURIZA INTAMBA MU RUGAMBA GUTAHUKANA INTSINZI
12 Munyonyo 2015, 14:05, par Ntamba
abacongo turabatsinda 1_0
12 Munyonyo 2015, 14:12, par amakungu
none kutwumva bavuga ko atamahoro ahari aba bakinnyi barikobarajahe?? canke nibihuha vyababacoloni!
13 Munyonyo 2015, 08:03, par Alexis
Vraiment Birababaje Kubona Uburundi Bwaratsinzwe Kandi Bari Batanguye Umukino Neza,
13 Munyonyo 2015, 11:29, par Yvan ndikumwami
Gael bigirimana ndaryohewe kubona ssubiye kumubona agarutse mugihugu camwibarutse
20 Rusama 2017, 20:51, par Bigirimana Claude
Ok Yarashite Amahoro Ok Imana Ishimwe Kongo Gor 1 Uburundi 3 Gor Non Yaramaze Gukinira Uburundi Gaelle? Kubona Gaelle Yaje Ndaryohew Ahubwo Muze Mumufate Neza Merci!