Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Burundi - Senegal : Ibiciro vy’ukwinjira vyamenyekanye
Yanditswe taliki ya 1er-06-2016 - isaha 10:55' na IGIHE

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryasohoye ibiciro vy’ukwinjira mu rukino ruzohuza Uburundi na na Senegal. Urwo rukino ruzobera i Bujumbura ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 4 Ruheshi 2016.

Mu bwugamo bw’iteka (Tribune d’honneur) : Ibihumbi ijana vy’amafaranga y’amarundi (100.000 Frs bu)

Ubwugamo B na C (Tribune B-C) : Ibihumbi mirongo ibiri vy’amarundi (20.000 Frs bu)

Ubwugamo A na D (Tribune A-D) : Ibihumbi cumi vy’amarundi (10.000 Frs bu)

Ku nkengera z’ikibuga (Pourtour) : Ibihumbi bitatu vy’amarundi (3.000 Frs bu)

Abakinyi b’Uburundi (INTAMBA MU RUGAMBA) batumweko bose hamwe ni 35, umumenyereza bafise akaba ari Niyungeko Alain Olivier batazira Mutombola.

Niyonkuru Vladmir nawe amenyereza abanyezamu. Abo bakinyi bose uko ari 35 batumweko baramaze gutangura imyimenyerezo.

Abanyezamu

Arakaza Mc Arthur / Vital’o FC
Nzokira Jeff / Asas Djibouti Télécom - Djibouti
Rugumandiye Yvan / Muzinga FC

Abakinyi b’inyuma

Nsabiyumva Frédéric / Jomo Cosmos - South africa
Nshimirimana David / Vital’o FC
Ngando Omar / Muzinga FC
Hakizimana Issa / Vital’o FC
Kiza Fataki / Vital’o FC
Harerimana Rashid Léon / LLB s4a
Nizigiyimana Karim / Gor Mahia - Kenya
Rugonumugabo Stéphane / Vital’o FC
Nduwarugira Christophe / Chibuto - Mozambique

Abakinyi bo hagati

Papy Faty / Bidvest University - South Africa
Kwizera Pierre / Rayon sports
Ndayisenga Fwady
Barenge Pistis / Vital’o FC
Nahimana Shasiri / Vital’o FC
Ndikumana Yussuf Lule / LLB s4a
Moustapha Francis/ Muzinga Fc
Harerimana Hapfizi Moussa / DCMP - Kinshassa
Akimana Trésor / Vital’o FC
Mvuyekure Emmanuel
Duhayindavyi Gael / Vital’o FC

Abasatirizi

Ndikumana Yamin Selemani
Fiston Abdoul Razzak / Celtic Bloemfontein - South africa
Ndayisenga Kevin Dambo / Buja city
Hussein Shabani Tchabalala / Vital’o FC
Laudit Mavugo / Vital’o FC
Moussa Mossi / Vital’o FC
André Tokoto / Athletico Olympic
Juhainy Uthuman Cheikh / Chibuto-Mozambique
Cedric Amissi / Chibuto - Mozambique
Nshimirimana Abbas / Chibuto - Mozambique
Ndarusanze Jean Claude / LLB s4a
Tambwe Amissi / Yanga Africans - Tanzanie

Ivyiyumviro vyanyu

NIPFURIJE INTSINZI INTAMBA MURUGAMBA 2/0

6.06.2016 à 20:46
Rever’s

narababwiye oyeeeee Senegal

6.06.2016 à 06:35
poly

Nihatar Kabisa

5.06.2016 à 19:03
Bidondon

uburindi butsinda 2 kuri kimwe kandi ni Fiston aza kubona igori hamwe na Junhainy

4.06.2016 à 14:41
Zacharie ’s NTAKIRUTIMANA

ariko hatangura gusama marc

4.06.2016 à 12:28
Nduwimana Mathew

gute kuba urumurundi kipfuza ikipe yanyu icindwe birababaje umwanay ’ankwa niwe akura uburundi turacindaa amen

4.06.2016 à 07:15
Emmanuel rwasa

Ndabifurije Inzinzi Intamba Bibiri Intamba Zurundi

3.06.2016 à 22:54
Kamwebusa Eric

Nifuza,ko Intamba Zotsinda Ejo4,2016 IBITEGO BIBIRI VYUBURUNDI,SEGARE KIMWE Murakoze Mugire Ijoro Ryo

3.06.2016 à 22:33
Erike

Burundi 0 - Senegal 5 kubera ...

3.06.2016 à 15:27
bitimba

INTSINZI NIYACU MUGABO ICO TUBAZA NIKUBERA IKI BATATUMYEKO SAÃ DON NTIBAZONKIZA NA BERAHINO

3.06.2016 à 15:22
NSABIMANA JOTHAM

Intsinzi Turayizeye

3.06.2016 à 13:29
Irutingabo Elias

Jena saba Ko koca Yoharabira Neza Ntidustidwe Nasenegare Nasabakoyokinisha Yarisite Yomurinamibiya ,kuko Iryarisite Ihagazeneza Kweri

2.06.2016 à 21:06
Ndikumwenayo J-ncloude

Senegal 3 - Burundi 1

2.06.2016 à 12:02
poly

Gs mutazadutenguha basore nukuri

1er.06.2016 à 22:52
Paccymilledollar

Abo banyezamu bafise umumenyereza ashoboye,Niyonkuru Vradimir twiganye muri sécondaire asamira ikipe y’igihugu n’iyishule.ivyo bintu yabitanguye kera,féderation yari yaramusabiye uruhusha kuburyo yamara imisi hanze y’igihugu yagiye guserukira u Bndi abalimu bakamukoresha ibindi bibazo nta justification bamusavye

1er.06.2016 à 14:25
x

Félicitation kuwakoze iyi nkuru,mutanguye kumenya akazi,mwahora mutubwira abakinyi ariko ntimutubwire amakipe bakinira

1er.06.2016 à 14:04
x

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.