CECAFA CHALLENGE CUP 2015 : Uburundi buri mu muce wa kabiri

Yanditswe na IGIHE
Kuya 18 novembre 2015 saa 09:38
Yasomwe : 17127
0 0

Ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 rigiye gutangura. Iryo higanwa rizobera mu gihugu ca Ethiopie kuva ku magenekerezo ya 21 Munyonyo gushika kurya 6 Kigarama 2015. Imirwi izokwitana iryo higanwa yose hamwe ni cumi n’ibiri, ikaba iri mu mice itatu (Groupes).
Urukino rw’ukwugurura iryo higanwa ruzoba kw’igenekerezo rya 21 Munyonyo 2015, rukaba ruzohuza umurwi wa Ethiopie n’Urwanda.
Umuce wa mbere (GROUPE A) :
Ethiopie, Rwanda, Tanzaniya na Somaliya
Umuce wa kabiri (GROUPE B) : (...)

Umuce wa kabiri (GROUPE B) :

Burundi, Ouganda, Kenya na Zanzibar

Umuce wa gatatu (GROUPE C) :

Sud Soudan, Soudan, Malawi na Djibouti

Match d’ouverture:Samedi:Ethiopie-Rwanda.

Kumenyekanisha

1
tuyikeze emery 21-11-2015 à 14:04

ndipfurije itsinzi nziza ku burundi

2
tuyikeze emery 21-11-2015 à 14:02

ndipfurije itsinzi nziza ku burundi

3
ONESIME 21-11-2015 à 12:00

NIPFIZA KUBURUNDI BWOTSINDA

4
MAPIRE 18-11-2015 à 15:46

URWANDA RUZONYAGIRWA 2 mwa 0

5
BONA 18-11-2015 à 13:16

URWANDA RUZOTSINDA ETHIOPIE2/1

6
kamaro 18-11-2015 à 10:14

turasavye tuzohure nurwanda, tubanze tubakubite vyasawasawa, batahan isomo.....

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha