Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
CHAN 2016 : Igice ca kane c’inkino citezwe n’abarorerezi isinzi
Yanditswe taliki ya 30-01-2016 - isaha 07:50' na IGIHE

Inkino za CHAN 2016 zigeze mu gice ca kane gishira ica nyuma kiza gutangura kuri uwu wa gatandatu. Urukino rwitezwe cane ni uruza guhuza umurwi nserukiragihugu w’Urwanda hamwe n’umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, imirwi yompi isanzwe ari abakeba.

Mu mateka y’inkino za Afrika n’iz’isi zimaze guhuza AMAVUBI y’Urwanda n’umurwi wa Congo, Urwanda kenshi rutahukana intsinzi. Naho abakinyi b’Urwanda bazoba bari imbere y’abarorerezi babo ku kibuga citiriwe AMAHORO, umumenyereza w’umurwi wa Congo, Florent Ikwange Ibengé yizeza intsinzi abakunzi b’umurwi wiwe.

Florent Ikwange Ibengé yavugiye kuri Super Sports ko ata murwi n’umwe atinya, ndetse n’Urwanda ruzoba ruriko rukinira imbere y’abakunzi barwo.

Florent Ikwange Ibengé yamenyesheje ko baje biteguye bikwiye, ahubwo akuburira Amavubi y’Urwanda ko ashobora guhura n’ibibazo imbere y’abakunzi bayo kuri uyu wa gatandatu ku kibuga citiriwe Amahoro.

Urukino rutangura isaha icenda.

Ivyiyumviro vyanyu

igihe Burundi mujye muba abanyamakuru bumwuga iyi photo yamavubi siyo iri mu CHAN ndibazako mutayibuze

1er.02.2016 à 07:01
turaje

Willy, amategeko ya CAF avuga ko bagomba kureba imikino yabahuje. Kandi icyo gihe Rda yatsinze CIV 1:0.That’s why Rda is leading group A. Thanks

30.01.2016 à 21:57
Deo

@Willy, nanjye simbizi ngirango nuko zahuye Urwanda rugatsinda 2-1 Côté d’Ivoire

30.01.2016 à 21:45
kaka

@Willy ; U Rwanda rwagiye imbere kuko zanganyaga amanota, bareba match yazihuje zombi kdi Rwanda yari yatsinze so iba iya mbere gutyo rero !!

Thanks !!

30.01.2016 à 21:12
Paty

ntawonsigurira ukuntu urwanda rwagiye imbere ya cote d’ivoire muri classement groupe A : zose 6 pts, civ goal average 2 rwanda -1

30.01.2016 à 13:03
willy

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.