Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
CHAN 2016 : Uburundi bwasezeye ihiganwa
Yanditswe taliki ya 25-10-2015 - isaha 21:25' na IGIHE

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA w’abakinyi bakina mu mirwi yo mu bihugu vyabo (Joueurs locaux) wabuze uburenganzira bw’ukuzokwitaba ihiganwa ry’iyo mirwi riizobera mu gihugu c’Urwanda mu 2016.

Mu rukino rwahuje Uburundi na Ethiopie ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, umurwi w’Uburundi watsinzwe ibitsindo bitatu ku busa. Iyo ntsinzi ya Ethiopie yatumye Uburundi butaronka uburenganzira bw’ubuzokwitaba inkino z’ihiganwa rya CHAN 2016. Uburundi bukaba butakaje ayo mahirwe mu gihe mu rukino rwa mbere rwabereye i Bujumbura, Uburundi bwari bwatsinze Ethiopie ibitsindo bibiri ku busa.

Ivyaranze urwo rukino rw’Uburundi na Ethiopie ni mu makuru yacu yo hanyuma.

Ivyiyumviro vyanyu

Pore sana.ntakundi mwihangane,ntakomwotsinze atamahoro mufise, nuwokwijije ya gangabuka amagerenade ninkoho. abarundi icotuzi tuzi kumarana

5.11.2015 à 07:00
Mpozamarira Erias

Nukwihanga ariko ! nanje birambabaje

1er.11.2015 à 19:46
Fulgence manayubahwef

Oh,ndabahojeje Simwebwe.Erega mufungura duke ! nimwitahukire ikituraje ishinga ntabwo ar inkino !

30.10.2015 à 06:01
John Brack

Ndahojeje Intamba Murugamba Nimwihangane Ariko Jewe Inkubire Ndarita Kumumenyereza Guko Niwe Ya Panze Liste Nabi Nibimubere Icigwa !

27.10.2015 à 12:38
Thedate

Usanga bariye igiturire kubera ubukene !!! Canke batwayeyo imbonerakure zaraye kumarondo nogukizura zica abantu !!!! Besides that those sons of bitch can’t win before we get rid of that Bastard Nkurumbi and the FFB chairman because both there are a curse for Burundi ! God damn Nkurumbi, his intelligence, security forces and the militia imbonerakure that are killing innocent people !!!

27.10.2015 à 04:17
Wakera

nimwitahukir bash mwim amatwi abaharanir inyungu zab ,umupir urabanya .Kand nik kazoza kanyu ndabahojeje kandi

26.10.2015 à 20:44
niyonsaba emery

nimwitahukir bash mwim amatwi abaharanir inyungu zab ,umupir urabanya .Kand nik kazoza kanyu ndabahojeje kandi

26.10.2015 à 20:43
niyonsaba emery

nimwihangane haburana babiri hagatsinda umw ariko nanje ndababay .Nubu sindatahura ivyadushikiye kuk nivyuvy naratay ubweng ham niturek ishavu turabe ikosa aho ryabaye turikosor ,intamba komera

26.10.2015 à 20:27
emery niyonsaba

Falcon, uw’Imana itavumye womuvuma bigakunda ? Mbyrazi aha ubesheye Imana ngoraravumye umukuruwigihugu urazi ahurihose kowikwegeye ingorane zikomeye ? Mbega uraziko Imana idakina rekashahukujandajanda niwaguma ukwuruko urupfurwokujana please rekakujandajanda kw’Imana.

26.10.2015 à 16:09
Icese

Reka reka mbonerakunya wiyita"KAMARO"mbe uho uvuga ngo CNARED ngo niyitumye uburundi bukubitwa na ethiopie niyibakinira ?reka reka nkurumbi nikivume,ahubwo reka naje ndamuvume kuko n’IMANA yo mwijuru yaramuvumye,IPUUUUUUU petero nkurumbi uragapfa uyerera nka gahini kubwayo maraso yabantu wanyoye.

26.10.2015 à 10:47
Falcon

Barakabona batsinzwe kuko ntandero bafise izombwa

26.10.2015 à 09:42
popo

mwihangan turinyumazanyu.naj naraye ntariy.ok

26.10.2015 à 08:45
zede ntumvuruge

Jewe Iconoshikiriza Novuga At. Ntakundi Nibihangane Ivyumupira Niko bigenda Mugabo Naje Nababaye.Kumva Uburundibwastinzwe.

26.10.2015 à 07:46
Hakizimana Jean de Dieu

Jewe Iconoshikiriza Novuga At. Ntakundi Nibihangane Ivyumupira Niko bigenda Mugabo Naje Nababaye.Kumva Uburundibwastinze.

26.10.2015 à 07:44
Hakizimana Jean de Dieu

nkuru ntiyerey uburundi mwiyi manda kko ntivyumvikana ingen n intsinzi twaza twarons yoduca mu mwanya wamenyo ikatuva mukanwa.

26.10.2015 à 05:10
jogingi marahwe

ntankundi, nimwigarukire iburundi gumizumutima munda imbere niheza cane..irishavu tuzorita kuri Congo. e izi ningaruka zingororane cenared yateje mugihugu. rero abarundi twese dukwiye kuyiyamiriza kuko ntakindi barota atarugusambura....abo ninyanka Burundi. intamba murugamba oyeeeeee

25.10.2015 à 23:42
kamaro

Nimwihangane benedata

25.10.2015 à 22:46
burundi

ntakundi nimwihangane, birashika, barayamaze ngo haburana 2 hagatsinda 1 ! twifatanije namwe mumubabaro !

25.10.2015 à 22:08
rugwe

Ethiopie murakoze gukubita izo mbonerakure,nkurumbi va kubutegetsi ibintu vyose biravumwe.

25.10.2015 à 22:00
Falcon

Kotubafise nimwihangane bana bacu kuko ejohazoba ayandimahirwe meshi.

25.10.2015 à 21:43
None ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.