Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Copa America : Lionel Messi yatakaje amahirwe irigira kabiri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Copa America : Lionel Messi yatakaje amahirwe irigira kabiri (...)

Copa America : Lionel Messi yatakaje amahirwe irigira kabiri yikurikiranya

lundi 27 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Lionel Messi yasubiriye kubura igikombe ca Copa America ku ncuro ya kabiri yikurikiranya mu guhusha penariti, inyuma yo gutsindirwa muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika na Chilie ku rukino wa nyuma, hakaba habanje guterwa penariti, Argentine itsindwa 2 kuri 4.

Ni urukino rwaheze imirwi yombi inganya ubusa ku busa. Ni urukino rwagaragayemwo ugushamirana ku mpande zompi, kuko wanabonetsemwo amakarata atukura abiri.

Argentine imaze imyaka 23 ata gikombe gikomeye itwara, ndetse amahirwe ya Messi yo gutwara igikombe arushirizaho kugabanuka.

Mu myaka itatu Argentine itakaje inkino zitatu yikurikiranya, aho hose ikaba iba yashitse mu gice ca nyuma.

Mu mwaka w’2014 yatsinzwe n’Ubudagi mu rukino rwa nyuma rw’igikombe c’isi, imbere yo gutakaza incuro zibiri zikurikirana muri Copa America, itsinzwe na Chilie mu 2015 n’2016.

Amafoto


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.