Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Elizabeth Hesselblad hamwe na Stanislaus Papczynski bashizwe mu rutonde (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Elizabeth Hesselblad hamwe na Stanislaus Papczynski bashizwe mu rutonde (...)

Elizabeth Hesselblad hamwe na Stanislaus Papczynski bashizwe mu rutonde rw’aberanda

lundi 6 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Elizabeth Hesselblad asanzwe azwi nk’uwafashije imiryango myinshi y’abayahudi mu ntambara ya kabiri y’isi yose yabaye umunye Suede wa mbere agizwe umweranda mu myaka irenga amajana atandatu.

Uwo mupfasoni yaranyegeje abayahudi benshi cane mu nzu z’abihebeye Imana i Roma, aho yari asanzwe ari umubikira arongoye abandi.

Papa Francisko yagize kandi umweranda Stanislaus Papczynski, umunye Pologne yavuza abakene barwaye akongera akabaha indaro, aho hari mu kinjana ca 17.

Uwo Stanislaus Papczynski niwe yashinze kandi umugwi wa mbere w’abapadiri bashimagiza Bikira Maria (Pères Mariens canke Marian Fathers)


IGIHE

Messages

  • Ivyo Mwisi Biratangaje Uwoshaka Yosoma Matayo 23:1-19 Hari Umuntu Yemerewe Kugira Mweranda Mugenziwe Atari Anti-christ Nawe Si Mweranda Agire Abandi Aberanda Catholique Yacu Igeze Habi.

  • de bons souhaits! je voudrais vous demander si vous avez une réponse vous pouvez me la faire:’si on decrete saint une personne, on lui donne le pouvoir d’être considérée comme admis au ciel ou vous êtes devenus Dieu qui est Seul àtrancher’?

  • 1.Abo Beranda Nibadusabire Ku Mana Uburundi Bwogorore. 2 Mbe Africa Ho, Canke Aziya, Aba Papa Ko Bakunze Kwama Batora Cane Aberanda Muburayi Honye. Muburundi Ho Ntaberanda Dufise?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.