Umwungere w’ishengero Katolika kw’isi yose Papa Francois wa mbere,ari mu rugendo muri Sarajevo, mu gihugu ca Bosnie Herzegovine kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ruheshi.
Bitegekanijwe ko Papa Francois asomera imisa ku kibuga kiri mu gisagara ca Sarajevo,ahejeje abonane n’abaserikira amadini ane amaze imyaka amajana akorera mu gihugu ca Bosnie.
Mubo baza kubonana muri urwo rugendo amaramwo amasaha 10 gusa,harimwo abaserukira idini rya Islam,aba orthodox,abakatorika hamwe n’abayahudi.
Muri ico gihugu ca Bosnie,haraheze imyaka 20 intambara hagati y’abavukagihugu irangiye,ariko n’ubu haracari ibibazo vy’amacakubiri afatiye ku madini n’amoko.
Vyitezwe ko abantu hafi ibihumbi 100 barwiriyemwo abakatorika bavuye mu gihugu ca Croatie aribo baja kwakira Papa Francois.
Papa Francois agize urwo rugendo inyuma y’urundi rwagizwe na Papa Yohani Paulo wa kabiri muri ico gihugu,mu mwaka w’1997.
IZINDI NKURU ZIJANYE N'IYI |
![]() Diyoseze ya Ngozi igiye gushiraho umunsi w’ukwibuka abahitanywe n’indyane Uburundi buhitiyemwo
27.11.2017 |
![]() Insigura y’ikarema (Carême) ku bari mw’idini rya gatorika
1er.03.2017 |
![]() Papa Fransisko yashizeho umurwi wiga namba abagore boba Abadiyakoni
3.08.2016 |
![]() Papa Francisko yaguye hasi kuri Altar imbere y’abakirisu isinzi (Amafoto)
28.07.2016 |
![]() Ibibera mu bindi bihugu mu kugarukana amahoro vyobera icigwa Abarundi (Video)
8.06.2016 |
SOMA IZINDI NKURU MURI "Abakristo"... |
Ni vyukuri ntabwo bose ari abageni naho yoba ari Pastori,patiri cank’uwundi wese ashobora kuba akora ivyo kuko impera yiwe ihari hamwe atogaruka ngo yihane ,ukwo nikwo abantu benshi baorera Satani bibaza ko bariko baorera uhoraho Imana nyene ubushobozi.
ESICO IGISABISHO CUWO MWUNGERE KIGASHIKIRI MANA ABO BATATANYE NABO ABAGASUBIRANA NABARUNDI NUKO AMOYATUMAZE KUBERA INDA ZUMUGAB UMWE YITWA PETERO NKURU NATIHANA BAZOHIGURA NUWO YATUTSE NGWARAMWIZEYE ATAMWUMVIRA UHORAH IMANA YANJE IMBIR ITI TUZOHIGURA UHOTORA IMPAHAZWA MURAKOZE PASTA BOSBO
ESICO IGISABISHO CUWO MWUNGERE KIGASHIKIRI MANA ABO BATATANYE NABO ABAGASUBIRANA NABARUNDI NUKO AMOYATUMAZE KUBERA INDA ZUMUGAB UMWE YITWA PETERO NKURU NATIHANA BAZOHIGURA NUWO YATUTSE NGWARAMWIZEYE ATAMWUMVIRA UHORAH IMANA YANJE IMBIR ITI TUZOHIGURA UHOTORA IMPAHAZWA MURAKOZE PASTA BOSBO
Ivyo Mugra Vyose Mutaratunganya Imitima Y Aba Kristu Nta Kintu Na Kimw Twageraho.Raba Amahoro Abuz Murugo N Igihugu Kirayabura.