Umurwi nserukiragihugu wa Portugal washitse mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya Euro 2016 ririko ribera mu ghugu c’Ubufaransa. Ico gihugu catsinze Pologne kuri penariti 5 kuri 3, inyuma y’aho iyo mirwi yompi irangije urukino inganya kimwe ku kindi.
Mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, Portugal izohura n’umurwi uza gutsinda kuri uwu wa gatanu hagati ya Wales n’Ububirigi.
Amwe mu masanamu yaranze urwo rukino









PORTUGAL NKENEYEKO YOKINAFINARE IGATWA IGIKOMBE