EURO 2016 : Uko imirwi izohura mw’ihiganwa vyamaze kumenyekana

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 13 décembre 2015 saa 11:59
Yasomwe : 13914
0 0

Uko imirwi nserukirabihugu izohura mw’ihiganwa rihuza ibihugu vyo ku mugabane wa Buraya EURO 2016 vyamenyekanye. Imirwi 24 ihuriye mu mirwi itandatu itandukanye.
Mu murwi wa mbere A harimwo : Ubufaransa,Rumaniya,Albaniya hamwe n’Ubuswise.
Mu murwi B harimwo : Ubwongereza,Pays deGalles,Uburusiya na Silovakiya.
Mu murwi C harimwo : Ubudagi,Irlande yo mu Buraruko,Polonye na Ukraine.
Mu murwi D harimwo : Espanye,Republika ya Ceke,Tirikiya na Croatia.
Mu murwi E harimwo : Ububirigi,Republika (...)

Uko imirwi nserukirabihugu izohura mw’ihiganwa rihuza ibihugu vyo ku mugabane wa Buraya EURO 2016 vyamenyekanye. Imirwi 24 ihuriye mu mirwi itandatu itandukanye.

Mu murwi wa mbere A harimwo : Ubufaransa,Rumaniya,Albaniya hamwe n’Ubuswise.
Mu murwi B harimwo : Ubwongereza,Pays deGalles,Uburusiya na Silovakiya.
Mu murwi C harimwo : Ubudagi,Irlande yo mu Buraruko,Polonye na Ukraine.
Mu murwi D harimwo : Espanye,Republika ya Ceke,Tirikiya na Croatia.
Mu murwi E harimwo : Ububirigi,Republika ya Irlande,Ubusuwede n’Ubutariyano
Mu murwi wa nyuma F harimwo : Portugal,Island,Hongrie na Autriche.

Mwomenya ko inkino za ERURO 2016 zizobera mu gihugu c’Ubufaransa.


Kumenyekanisha

1
Claude NYANDWI 1er-01-2016 à 23:11

Amahirwe yo gutahana igikombe muyaha igihugu ikihe ? je ni espagne.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha