IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Facebook yuguruye ibiro vya mbere muri Afrika

Facebook yuguruye ibiro vya mbere muri Afrika

mardi 30 Ruheshi 2015

Umurongo ngurukanabumenyi wa Facebook wuguruye ibiro vyawo vya mbere ku mugabane wa Afrika.

Ivyo biro bizokorera mu gisagara ca Johannesburg, umurwa mukuru w’ubudandaji w’igihugu ca Afrika y’Epfo.

Facebook ivuga ko ifise abanywanyi bayo kandi bayikoresha ku mugabane wa Afrika bashika ku miliyoni 120, abashika mirongo umunani kw’ ijana bayikoresha bakoresheje telefone ngendanwa.

Facebook izotangura guteza imbere ubudandaji bwayo mu gihugu ca Kenya, Nijeriya na Afrika y’Epfo.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.