Accueil > Imibano > Indero > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 2 Kigarama 2014
- Lancement des Etats Généraux de l’Education à la Détente.



IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
2 Kigarama 2014, 13:29, par TRUTH
abo nabongo inama rukokoma y’ivyamashuri!! namba ri ukwirira amafaranga ava mu makori y’abanyagihugu banigwa ahandi ho inyigisho mu burundi baramaze kuyita mu manga ubu urwaruka rwiga muri kaminuza rumaze amezi n’amezi rwicaye ntanikigongwe barwumvira!!!! ariko bo ntaco banezwe ababo ntibibereye kwiga muri Amerika na buraya umwana wa nyarucari niwe yama agwa mu mporero!!! Butore na gahiru nibatange imihoho babe abashingantahe nka mutama busokoza. mwebwe bashikiranganji barabahenze babata mu muriro ngo muwuzimye mutazi ingene wakijwe n’igituma wakijwe!!! muhagabire!!!