Accueil > Imibano > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
jeudi 8 Nzero 2015
- l’inauguration des 8 km de route pavées par le programme pavage à Kirundo en présence du président burundais, S.E. Pierre Nkurunziza et des deux ministres belges, Didier Reynders et Alexander De Croo.
IGIHE
Messages
8 Nzero 2015, 10:51, par DEO
NIVYIZA. IRYO NI ITERAMBERE
8 Nzero 2015, 13:27
Ibirometero 8!!! Ako n’agasuzuguro ndakesera. Aho mu Burundi harabuze umugwizatunga yotanga imfanshanyo yo gusanura iryo barabara? Ku birometero 8 , hari guseruka Mazu cumi.Ariko ntaco, ntaco naho Perezida ariwe yigiriye, Abarundi barawumaze bati: uwugaya agaya amira. Ariko basubiriye nkuko aze arungike Nyumba kumi. Uburundi ntibukenye, gestion niyo idahagije, bikunyurwa nabigize amasiha n’imbeba, n’ibiturire.
10 Nzero 2015, 19:49, par BIGIRINDAVYI
ariko nta nisoni prewzida w,igihugu nibihangane nk,ibi birikumwe bakakoranira gukora neguration y;IBIROMETERO UMUNANI.