Accueil > Inkino > FOOTBALL > Inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu zigiye gutangura
Inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu zigiye gutangura
mercredi 22 Ndamukiza 2015
Igikombe c’umukuru w’igihugu c’umwaka w’i 2015 kigiye gutangura guhiganirwa, imirwi itari mike yari yandikishije, eka n’urutonde rw’uko igiye kuzonyinyurana rwarasohotse.

Ku ncuro ya kane, imirwi y’umupira w’amaguru yo mu Burundi igera kuri 48 yariyandikishije kugira ihiganirwe igikombe c’umukuru w’igihugu c’uno mwaka. Mu kwiyandikisha, ntakindi yasabwa atari gutanga amahera angana 200.000 vy’amarundi. Nk’uko bisanzwe bimeze, umurwi utwaye igikombe c’umukuru w’igihugu uca uhabwa uburenganzira bwo guserukira Uburundi mu nkino za CAF.
Tubibutse ko igikombe c’umwaka w’i 2014 catwaye umurwi wa Lydia Ludic Sport 4Africa aho yakina urukino rwa nyuma na Messager Ngozi. Urukino rwahejejwe n’ama "penalties", ari nayo yakuyemwo Messager Ngozi. Mwibuke ko LLA4A ihejeje gutwara igikombe, yaciye ihambwa ibahasha ry’imiliyoni 5 z’amarundi hamwe n’ubundi bushimwe bwahawe abakinyi n’abamenyereza b’iyindi mirwi.
Kw’igenekerezo rya 24-04-2015
INTER STARS - : - BUSONI STARS
LLB S4A - : - INTER FC
Kw’igenekerezo rya 25-04-2015
TCHITE - : - MUSONGATI
AC TANGANYIKA - : - JECA REGINA MUNDI
SUPER LADO - : - ATHLETICO
YOUNG CITY - : - BUTAGANZWA F.C
FLAMBEAU DU CENTRE - : - PRINCE LOUIS
VOLONTAIRE - : - MAN
ESPOIR - : - UNIT
LIGALA’S - : - MOSO SUGAR FC
OLYMPIC STAR - : - ACADEMIE LES LIERRES
AIGLE NOIR - : - FLAMBEAU DE RUMONGE
BUJUMBURA CITY - : - MESSAGER BJM
Kw’igenekerezo rya 26-04-2015
BS DYNAMIK - : - MUGINA
LES LIERRES - : - NYANZA UNITED
FLAMBEAU - : - ROYAL
AIGLE DE KIGWENA - : - ETOILE DU NORD
LE MESSAGER NYANZA - : - YOUNGER’S TEAM
RUSIZI FC - : - LES ELEPHANTS
BUTIHINDA FC - : - LES CROCOS
DELTA STAR - : - MESSAGER NGOZI
O - MUREMERA - : - RUGOFARM FC
FLAMENGO - : - MAMBA VERT
VITAL’O - : - MUZINGA
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Rusama 2015, 21:01, par Emile
Nashaka Munyereke Amafotoyabo Mwobamukoze.