INTAMBA MU RUGAMBA ziteguriye Ouganda

Yanditswe na IGIHE
Kuya 26 novembre 2015 saa 03:54
Yasomwe : 18729
0 0

Inyuma y’ukunganya na Kenya ku gitsindo kimwe ku kindi, igitsindo cinjijwe na Tambwe Amissi, Uburundi bufise amanota ane kuri atandatu, bukaba bwiteguriye guhura n’umurwi nserukiragihugu wa Ouganda.
Urukino rw’Uburundi na Ouganda rwitezwe kuri uwu wa gatandatu, INTAMBA zikaba zizobandanya ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 mu gihe zotsinda canke zikanganya na Ouganda.
Uko imirwi yatsindanye
Kuwa gatatu
Burundi 1 - 1 Kenya
Ethiopie 2 - 0 Somalie
Malawi 3 - 0 Djibouti
Sudan 0 - 0 (...)

Inyuma y’ukunganya na Kenya ku gitsindo kimwe ku kindi, igitsindo cinjijwe na Tambwe Amissi, Uburundi bufise amanota ane kuri atandatu, bukaba bwiteguriye guhura n’umurwi nserukiragihugu wa Ouganda.

Urukino rw’Uburundi na Ouganda rwitezwe kuri uwu wa gatandatu, INTAMBA zikaba zizobandanya ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP 2015 mu gihe zotsinda canke zikanganya na Ouganda.

Uko imirwi yatsindanye

Kuwa gatatu

Burundi 1 - 1 Kenya

Ethiopie 2 - 0 Somalie

Malawi 3 - 0 Djibouti

Sudan 0 - 0 Sud Sudan

Inkino zizobandanya kuwa gatanu. Imirwi izohura uku gukurikira :

Rwanda - Somalie

Zanzibar - Kenya

Sud Sudan - Malawi

Sudan - Djibouti

Kuwa gatandatu

Ouganda - Burundi

Ethiopie - Tanzanie


Kumenyekanisha

1
nduwiman clauvis 1er-12-2015 à 23:56

twitezitsinz reka duseng re uburund buz butsind

2
NDAYISENGA ERNEST 1er-12-2015 à 21:41

UBURUND KOKO NDIPHUZ KO BWOTSINDA

3
Cédrick Kezimana 28-11-2015 à 21:33

Mbega Murashobora Kunyereka Ifoto Y’umukinyi W’umupira W’amaguru Wo Mu Burundi ; Yitwa Seremani. Murakoze.

4
###### 28-11-2015 à 07:56

Intamba tsinda !!tsinda intamba zizo tsi nda 2-1

5
DON.DIVIN.HAKIZAYO 27-11-2015 à 22:41

NUKO.UBURUNDI.BUTSINDA

6
NIZERIMANA Téléspore 27-11-2015 à 15:46

intamba zirabandanya urukino neza harigihe niyo bwoyirusha amateka

7
Niyonkuru Augustin 27-11-2015 à 08:17

Mbay Ndipfuriza Amahirw Intamba Murugamba,kwiyo Match Yabo Na Ouganda,kubitsindo 2 Vy’intamba kuri 1 ca Ouganda,imana Irabona Uburundi,izobwambika Umutamana,kirtse U Rwda Rutwiratajo !Rurindire Baca Umugani Ati<<l’homme Averti En Vaut Deux>>.

8
Fredy Nizi 26-11-2015 à 22:00

Nukuraba neza fedelation i recrame kuko arbutrage yaratwivye penarti !nukuraba neza muri CECAFA abahagarikizi bararenganya ama équipe amwamwe !

9
Niyonsaba 26-11-2015 à 21:40

Nukuri Uburundi Burafise Umurwi Mwiza Ark Ingorane Iri Ku Mumenyereza Ahubwo Nukuraba Hakaza Uwundi.

10
nduwayo fiston 26-11-2015 à 20:47

intamba murugamba zi zotsinda.2kuri1.ok

11
John Léonard Cons 26-11-2015 à 19:44

Intamb Komre Tubipfurij Intsnzi Ya 1 Kubusa Kand Twipfuza Ko Kiza Fataki Atosubira Kurya Bench.Tugomb Ko Atangura Mukibuga.Kuk Ntawund Kuruhand Dufis Kurand Rwibubamf Inyuma.Terimber

12
Ernest ruyigi 26-11-2015 à 18:11

nukuri abakiny bacu barashoboy ntibitinye tuzokina ntamupira baturusha.bonne chanse !

13
NDC 26-11-2015 à 16:22

Ndateye intege équipe yacu INTAMBA mu Rugamba. Ariko bitegure bihagije kuko équipe ya Uganda irakomeye muri ino misi.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha