Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Inter Stars yatsinze Les Crocs FC, Vital’o iguma kw’isonga
Yanditswe taliki ya 21-03-2016 - isaha 12:01' na IGIHE

Ihiganwa rya Primus League ryarabandanije ku munsi waryo wa 27. Ibibanza vya Vital’o na Message Bujumbura ntibihinduka, ariko Vital’o iri mu kibanza ca mbere ikaba irusha ibitsindo 30 vyose umurwi uza mu kibanza ca kabiri.

Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira uwa 27

Aigle Noir 1 - 0 LLB Sports4Africa
Olympic Muremera 0 - 0 Messager Bujumbura
Nyanza United 2 - 1 Messager Ngozi
Les Crocos FC 0 - 3 Inter Stars
Olympic Star 1 - 0 Les Jeunes Athletiques
Flambeau de l’Est 0 - 0 Bujumbura City

Uko imirwi irushana

1. Vital’o : Amanota 64 n’ibitsindo 52
2. Messager Ngozi : Amanota 55 n’ibitsindo 22
3. Muzinga FC : Amanota 41 n’ibitsindo 22
4. Bujumbura City : Amanota 39 n’ibitsindo 10
5. Aigle Noir : Amanota 39 n’ibitsindo 7
6. Athletico Olympic : Amanota 38 n’ibitsindo 12
7. LLB Sports4Africa : Amanota 38 n’ibitsindo 10
8. Olympic Star : Amanota 37 n’ibitsindo 7
9. Nyanza United : Amanota 31 n’ibitsindo -4
10. Flambeau de l’Est : Amanota 30 n’ibitsindo -4
11. Messager Bujumbura : Amanota 30 n’ibitsindo -13
12. Olympic Muremera : Amanota 30 n’ibitsindo -16
13. Inter Stars : Amanota 27 n’ibitsindo -11
14. Les Crocos FC : Amanota 23 n’ibitsindo -16
15. Les Jeunes Athlétiques : Amanota 18 n’ibitsindo -32
16. Les Eléphants : Amanota 17 n’ibitsindo -21

Ivyiyumviro vyanyu

BURAZA

26.03.2016 à 16:54
NDUWAYO

MBABAJWE NUKO VITAL YASEZEREWE NIZONKINO

21.03.2016 à 21:12
INNOCENT CIZA

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.