John Terry yasezeye Chelsea n’iyindi mirwi yo mu Bwongereza

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er février 2016 saa 02:24
Yasomwe : 8982
0 0

Kizigenza w’umurwi wa Chelsea, John Terry, ku myaka 35 y’amavuka agezeko, yamenyesheje ku mugaragaro ko atazobandanya gukinira uwo murwi yari amazemwo imyaka 21. John Terry yafashe ingingo ko azohezana n’ihiganwa ry’Ubwongereza ry’uwu mwaka.
John Terry yageze mu murwi wa Chelsea afise imyaka 14 gusa, akaba ari nawo murwi wonyene yakiniye kuva agize umwuga urukino rw’umupira w’amaguru.
Yamenyesheje ko inyuma y’aho umurwi wa Chelsea umenyeshereje utazomwongera amasezerano. Yahisemwo gusezera uwo (...)

Kizigenza w’umurwi wa Chelsea, John Terry, ku myaka 35 y’amavuka agezeko, yamenyesheje ku mugaragaro ko atazobandanya gukinira uwo murwi yari amazemwo imyaka 21. John Terry yafashe ingingo ko azohezana n’ihiganwa ry’Ubwongereza ry’uwu mwaka.

John Terry yageze mu murwi wa Chelsea afise imyaka 14 gusa, akaba ari nawo murwi wonyene yakiniye kuva agize umwuga urukino rw’umupira w’amaguru.

Yamenyesheje ko inyuma y’aho umurwi wa Chelsea umenyeshereje utazomwongera amasezerano. Yahisemwo gusezera uwo murwi, ariko akavuga ko azobandanya gukinira mu yindi mirwi atari iyo mu Bwongereza.

John Terry afite azwi kuba ariwe mukinyi w’inyuma yatsinze ibitsindo vyinshi mu mateka ya Premier League, aho yanjije ibitsindo 40 mu nkino 477.


Kumenyekanisha

1
René Alex 16-02-2016 à 14:38

Nakomez Akin N’umukiny Akwiy Gukina Muri Chelsea.Umukiny Wacu OYeeeeh !!!

2
René Alex 16-02-2016 à 14:37

Nakomez Akin N’umukiny Akwiy Gukina Muri Chelsea.Umukiny Wacu OYeeeeh !!!

3
agiye yarakinye 6-02-2016 à 20:16

yarashaje nagende ariko yarakoze ibikora inka,

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha