Lionel Messi na Cristiano Ronaldo bazohurira mu murwi umwe

Yanditswe na Cherif Nkeshimana
Kuya 14 Ndamukiza 2015 saa 04:44
Yasomwe :
0 0

Ibihangange vy’abakinyi b’umupira w’amaguru kw’isi, Lionel Messi na Cristiano Ronaldo bashobora gukina mu murwi umwe. Ivyoca vyitwa ibitaraboneka muri kahise k’umupira w’amaguru.
Amakuru akiri ikinyegezwa atangwa n’ikinyamakuru c’inkino El Mundo Deportivo co muri Espagne, avuga ko ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ry’i Bulaya UEFA ryoba ririko ritegura urukino ruhuza abakinyi b’ibihangange bo mu mirwi itanduaknye y’i Buraya, inkino zizokwitwa" All Star Game" muri NBA.
Hamwe rero ico ciyumviro ca UEFA (...)

Ibihangange vy’abakinyi b’umupira w’amaguru kw’isi, Lionel Messi na Cristiano Ronaldo bashobora gukina mu murwi umwe. Ivyoca vyitwa ibitaraboneka muri kahise k’umupira w’amaguru.

Abakeba CR7 na Lionel Messi

Amakuru akiri ikinyegezwa atangwa n’ikinyamakuru c’inkino El Mundo Deportivo co muri Espagne, avuga ko ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ry’i Bulaya UEFA ryoba ririko ritegura urukino ruhuza abakinyi b’ibihangange bo mu mirwi itanduaknye y’i Buraya, inkino zizokwitwa" All Star Game" muri NBA.

Hamwe rero ico ciyumviro ca UEFA coshigwa mu ngiro, ryoba ribaye irya mbere bibaye mu rukino ry’umupira wangu kw’isi, aho abakeba Lionel Messi na cristiano Ronaldo bazokwambara umwambaro umwe, basangiye umurwi umwe. Ivyo bishobora kuzoba mu mwaka w’2017.

Lionel Messi akina muri FC Barcelone na Cristiano Ronaldo wo muri Real Madrid bazoshirwa hamwe n’abandi bakinyi bo muri Ligue1 na Serie A. Abo bazoca bahura n’abakinyi bazotorwa mu mahiganwa nka Barclays Premier League yo mu Bwongereza na Bundesliga yo mu Budagi

Akarorero, imirwi yo mu Burengero uzoba ugizwe na: Neuer, Terry, Hummels, Alaba, Robben, Di Maria, Silva, Reus, Alexis Sanchez, Agüero, na Hazard.

Uwa Messi na Cristiano, uzoba umeze uku: Buffon, Danilo, Ramos, Piqué, Thiago Silva, Messi, Pogba, Kroos, Neymar, Ibrahimovic, na Cristiano Ronaldo.

Abamenyereza b’iyo mirwi bazoba ari José Mourinho wa Chelsea na Carlo Ancelotti wa Real Madrid.


Kumenyekanisha

1
EGIDE 21-04-2018 à 20:54

UGORUKINORUZOBARUKOMEYEREKA TURURORE MUGABO ICONIKINYOMA

2
Sindizera Gaspard 15-04-2018 à 04:06

Ivyo Ntivyokunda

3
Ndagijimana Joël 7-04-2018 à 18:39

ico nibajije none etiopi izosubizwa Ryari?

4
mugisha thierry 21-03-2018 à 15:48

namahoro nagomba mbaze lionel messi na ronaludo christiano ninde yoba azi umupira murabo babiri ok muzoba mukoze?

5
jake 15-03-2018 à 21:22

noe messi na ronardo bazoba muri equipe imwe?Messi yokina zingah?Ronardo yokina zingahe?

6
Willy 15-03-2018 à 15:44

je ndarahiye kunkur abagenz bandits ngo messi ararush umupir umusor wacu twebw aba real lonarud arasuvya messi umupira.Emwe ndashaka kobohura mur terain imwe tukirebera akayazwe.

7
Yusuf martin 16-02-2018 à 21:21

Messi na lonaldo bakinanye ntivoryoha ku umwe wosanga umengo ntawazi.

8
Ntakirutimana Viyanny 6-02-2018 à 18:48

Hama Bazohurira Mukibuga Icahe

9
etyne ety nana labronde 6-02-2018 à 11:37

wap ivy ntbkunda

10
Elias B Havyarimana 3-09-2017 à 11:03

iryohiganw Rizotangur Ryri Jew Ntavyo Nemey Nzokwemer Ndabibony Kwri

11
Marvine 15-08-2017 à 15:13

MESS NTAMUPIR AZ GUSUMVY CR LON AHUBW MURABASHIR MUMURW UMW HAM TUVYIRABIR

12
Pasifique Ruzocimana 12-08-2017 à 17:16

ivyoturabishimye Cane Kuko Mese Azokwerekana Ubuhinga Afise Mumukino

13
elias 28-07-2017 à 17:13
14
Hagabimana Hamisi 21-07-2017 à 08:34

VYOBA ARI VYIZA CANE KUKO MESSI UBUHATARI AFISE YOCA ABWEREKANA AKEREKA CRISTIANO KO IBITEGO YARONKA YABIRONKA KUBERA BARYA BAKINYI NKABA MARCHELO NAYO KUBWA 7CR NTAMUPIRA AZI KUNGANYA NA MESSI.URAVYE UKUNTU MESSI ACENGA AHERA KWIZAMU AKIGERERA KURINDI BIBONEKANA NEZA MESSI KAZI UMUPIRA KURUSHA CRISTIANO.

15
John David Claude 16-07-2017 à 23:40

nkuko n’abandi Babivuga Ivyobintu Nibabireke Umwe Wese Agume Mumurwi Arimwo.

16
King Saido 11-07-2017 à 23:27
17
TUYISENGE Isaie 10-07-2017 à 14:03

ivyo twebwe kuba kunziba kunzi ba real madrid ntivyaturyoheye nagato,kubera umugwi wacu wavuye kure nibawureke ukore ivyawo kuko messi na 7siano ntibohuza kuko messi numukeba wacu ivyo bizoba bigomba gusambura real madrid.

18
Josué 7-07-2017 à 22:03

nukur ndanezerew cane kuk messi agomb yerekan ubuhing bwiw. Kand Ico Ciyumviro Nico.

19
Josué 7-07-2017 à 21:58
20
Gatugu Abdoul 21-06-2017 à 15:33
1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha