Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Inkino \BB FOOTBALL
Lionel Messi yatwaye umupira w’inzahabu ku ncuro ya gatanu
Yanditswe taliki ya 11-01-2016 - isaha 22:32' na IGIHE

Lionel Messi akinira umurwi wa FC Barcelona mu gihugu ca Espagne,akaba avuka kandi mu gihugu ca Argentine niwe yatahukanye umupira w’inzahabu w’umwaka 2015,mu birori vyaereye i zurich mu gihugu ca Swise.
Lionel Messi atwaye ako gashimwe ku ncuro ya gatanu. Agashimwe ka mbere yakaronse mu mwaka w’2009,aka kabiri mu 2010,aka gatatu 2011,akandi 2012 n’aka yatahanye uno munsi.
Yari ahanganye na Christiano Ronaldo akinira umurwi wa Real Madrid muri Espagne nyene nawe amaze kuronka ako gashimwe incuro zitatu,hamwe na Neyamar bakinana mu murwi FC Barcelona.
Ku ruhande rw’abamenyereza,umumenyereza Luis Enrique amenyereza umurwi FC Barcelona,niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza mwiza w’umwaka,inyuma yo gutahukana ibikombe bitanu amenyereza uwo murwi.

Ivyiyumviro vyanyu

IVYO LeO messi biramukwiye kuko numukinyi mwiza

21.01.2016 à 07:46
Niyibigira

LIONEL MESSIE NIW AZ TWAR NUWUND WA 2016 NTAWUND AZOMUKORERAMWO IRAMBIR MESSIE

20.01.2016 à 23:36
NINDABIRA Anatole

MESSI ARABIBERE SANA NUMWE KWISI NDAMUFASHUJE UMUNEZERO

16.01.2016 à 04:31
NDAYIKEZA SIMÉON

JEWENASHAKA ABA NYE WITWARIRA UBUSHIMWENKUBWO NATWE TURI ABAKUNZI BUWOMUGWI WA FC BARCE LONA BIRATUNZEYE CANE GOS KWUNVA IRYO TEKA AGUMA ADUTERA

14.01.2016 à 22:05
RALLEY BYBA

LIONEL MESSI arahambaye kabisa mu rukino rw’amaguru arabikwiye
gutwara coupe zitanu siikintu coroshe na mba...
MESSI MESSI MESSI MESSI MESSI....

13.01.2016 à 13:30
gahunde

LIONEL MESSI arahambaye kabisa mu rukino rw’amaguru arabikwiye
gutwara coupe zitanu siikintu coroshe na mba...
MESSI MESSI MESSI MESSI MESSI....

13.01.2016 à 13:30
gahunde

Nikuki Adakiniramugihuguyavukiyemwo

12.01.2016 à 23:45
Kanakeza Vivilove

i congratulate u my competitor but u don’t want to recognize me !so,why that behaviour ?i would like to welcome u in my homeland named burundi and then u are my beloved ; so, remember me please ! thanks !

12.01.2016 à 13:10
ALFRED

TWISHIME MESSI ARABIKOZE

11.01.2016 à 23:02
BUKHAL

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.