IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Manchester United yakuwe mw’ihiganwa rya Champions League

Manchester United yakuwe mw’ihiganwa rya Champions League

mercredi 9 Kigarama 2015

Umurwi wa Manchester United warakuwe mw’ihiganwa rya Champions League inyuma yo gutsindwa n’umurwi wa Wolfsburg wo mu Budagi ibitsindo bitatu kuri bibiri.

Urwo rukino rwari rurindiranywe igishika cinshi n’abakunzi b’umupira w’amaguru kw’isi.Yaba umurwi wa Manchester United canke umurwi wa Wolfsburg yategerezwa gutsinda kugira ushobore kubandanya mu gice ca munani gishira ica nyuma.

Igice ca mbere carangiye umurwi wa Wolfsburg ufise ibitsindo bibiri ku gitsindo kimwe ca Manchester United.Naho umukinyi Fellaini w Manchester United n’umunyezamu De Gea bagerageje gufasha umurwi,urukino rwarangiye ari intsinzi ya Wolfsburg ku bitsindo 3 kuri 2 vya Manchester United.

Umurwi wa Manchester United ugiye gukina mu gikombe ca UEFA,inyuma yo gutsindwa.


Van Naris Mugisha

Messages

  • ngo cherlsea igez ahatemb?natw ab man u tugez hab pe!nkum fana w man u ndababae trop kub dusezerew mur champions league!vyiz mbon twamusezerer coach kk amatek y man u ark arayasubizinyum!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.